Umuhanuzi Profile Banner
Umuhanuzi Profile
Umuhanuzi

@umuhanuziwacu

7,086
Followers
261
Following
804
Media
2,653
Statuses

Umuhanuzi ni ijwi risemerera ku misozi yose y'Uburundi rihamagarira abasinziriye kuvyuka tukubaka UBURUNDI.

Bujumbura
Joined September 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
Pinned Tweet
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Nibababaza uwatumye uzi ko bakunda kubaza! 👇🏿
4
1
34
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
@Chancellek7 Chers Africains tout ce qui est africain n’est pas de la sorcellerie. Le noir ne signifie pas les démons etc.
10
94
1K
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Hari abarundi bakunda kuntuka ngo nkunda Kagame kandi ndi Umurundi bla bla ! Yes He is my role model none bibarya he?? 1) Ari mubabohoye Uganda 2) Yatsinze abasoda ba Havyarimana bafatanije n’abafaransa n’abazairois 3) Yahagaritse Génocide yakorew abatutsi 4) Yabohoye
Tweet media one
89
75
881
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Ariko vuba ndashaka kuza mu #Rwanda nizere ko bazoba buguruye ya mipaka nivyaba bitarakunda nzoca muri Tanzaniya. Navyo vyanse nzofata Rutema ikirere manukire i Kanombe nze ico nibariza umukuru w’igihugu @PaulKagame . Sinzi uko nzomushikira kuko kubona umukuru w’igihugu ntibiba
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
102
126
730
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Uyu mugabo naho aba DD benshi mumwanka muzomwigireko basi iri suku! Ndabira iyo tapis, abo basoda ukuntu baberewe ako gakoti bref le tout est juste d’une excellence sans précédent. Kwiga ni vyiza.
Tweet media one
Tweet media two
59
45
646
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Urazi kugirira ishari n’inzigo umubanyi, umuzimyamuriro (au sens propre kuko n’isoko ya Bujumbura niwe yaje kuyizimya) birababaje kuko dufise vyinshi twomwigirako. None ba DD bagenzi ndababaze nk’ibi bintu vyo kuzinga ibitambara mugatereka n’amashurwe yo kuri Athénée primaire
Tweet media one
Tweet media two
57
24
581
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Sha noneho Abanyarwanda baratwemeje kabisa! Ibi nivyo Africa yose dukeneye! Décolonisation totale! Gukora ikarashishi mu Kinyarwanda aha ndakuye chapeau! Vyabintu vyose vya tête à droite etc murumva bitaryoshe mundimi zacu kavukire? #RwoT #Abatwip #Rwanda #Burundi #Cadet
31
41
522
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Wamukunda canke wareka uyu ni umukuru w’igihugu yubashwe kw’isi yose. Ibikorwa vyiwe birivugira kandi n’uwanka urukwavu aremera ko runyaruka. Mbega iyaba Uburundi bufise président nk’uyu tuba tubura igitoro? Isukari? Amatara? Naho yotwara ukwezi kumwe ivyananiye CNDD FDD mu
Tweet media one
46
32
492
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
24 days
Waruhungirahe? Aho uja hose urusangayo! Ndavuga Urwanda
Tweet media one
43
38
385
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Tanzaniya nta ndege yarungitse Kenya nta ndege yarungitse Uganda ntiyarungitse indege Congo ntaco yakoze yo ngira ntaco yari inashoboye. Naho bari kubishaka erega boza bavuye kure sico kimwe na ya 25 min ya Kigali-Bujumbura. Vyukuri umuzimyamuriro mu kirundi bisigura umubanyi
Tweet media one
56
31
379
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 months
Impanuro kurubyiruko #Rwanda (Be courageous and read naho ari Ikirundi it's worth it) ================ Kuva nje hano kuri X nahahuriye n'imfura nyinshi yaba abarundi yaba abanyarwanda. Kubanzi ndi Umurundi ngakunda Uburundi, ngakunda n'Urwanda. Ibi ngira mvuge nagira mpe impanuro
Tweet media one
54
64
350
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 months
Reka ndababwire impamvu uyu mu damu @EgidieBibio abarundi bamwe nka @BurundiInsight n’abandi Banyarwanda bafise ishari n’inzigo nka @GitifuW canke abandi baguye mu mutego wo kwibaza ko atanezererewe kuba @SandrineISHEJA ahawe ikibanza muri RBA. Babona neza ko Bibio ari
Tweet media one
Tweet media two
63
55
324
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Twama tubabwira ko Leta yacu yishora mu bintu itazi. Ehe raba, Urwanda ubu rurasubiye kurungika ambassadeur muri Afrika Y’epfo. Bagira banagure imigenderanire, twe aho turi tuguma twugara imipaka. Tanzania nayo iriko iriyegereza cane Urwanda, ivya SADC muri Congo vyo tube
Tweet media one
48
31
315
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Barundi barundikazi! Reka ndabahe amakuru hanyuma muyakoreshe ico mushaka umwe wese avuge ico yabonye.
13
36
309
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Burya abagabo bararutana kandi naho woba wanka urukwavu, emera ko ruzi kwiruka. Stade amahoro ijamwo abantu ibihumbi mirongo ine na bitanu. Ku musi wo #Kwibohora30 , ahari Intebe hari agacupa ka jus y'inyange n'ak'amazi. Aka ni akantu gato kuko suko Ndayishimiye abuze amahera yo
Tweet media one
45
27
306
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Hari ibihugu aho abantu bapfa kwitwa Ba Général ata CV bagira, ugasanga mubikorwa bakoze bivye ihene z’abanyagihugu, baturira amamodoka mwibarabara barya inka z’abandi hanyuma bakarasa amasasu menshi hejuru no hirya na hino bati ndi général. Ariko mu bushakashatsi maze gukora
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
34
35
281
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Jewe iyo mbonye abarundi bagenzanje bubahuka mugihe ababanyi bariko baribuka Jenoside yakorewe abatutsi kuzana ivy’indege ngo iraswa ryayo niryo ryatumye haba Jenoside, canke bakanahakana ko itabaye ndibaza nti muri za 1990-1994 bari bafise imyaka ingahe? Iki kinyamakuru be
Tweet media one
26
28
271
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Mukunda ivyo mushigikira muze hano ndabibarize. Mbwira ikintu kimwe gusa Ndayishimiye amaze gukora gifitiye akamaro igihugu basha nanje nca nkoma amashi gusa ntimuzane ibintu bitagira umutwe n’amaguru. Ugatukana nuko uzoba wabibuze
Tweet media one
64
10
260
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Mu Rwanda abana babonye abasoda canke abapolisi barabegera bakabaramutsa nabo bakabaha umwanya bakaganira. Hari ibihugu aho ubonye umuntu nkuyu umenga ubonye igisizimwe ugaca wiruka. Aba basoda bafise discipline iri ku rwego rwo hejuru. Hari nanje aho naciye mugitondo nsanga
Tweet media one
20
18
258
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Aka ka msg ndashaka kugaha aba #RwOT Hari umutego abatwara Uburundi Uyu Musi baba bashaka kubatamwo. Kandi ndashaka muwusimbuke amahoro. Burya iyo mwumva bavuga ngo “Urwanda” bakarutuka baba bashaka kuvuga “ Abatutsi” kubwo Urwanko banka President Kagame. Uyu nawe ntakindi
Tweet media one
56
23
257
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Burya kugira umukuru w’igihugu akore neza kandi ateze imbere igihugu bisaba ko aba afise umugore muzima ari inyuma yiwe!
Tweet media one
17
16
253
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Isuku 👌🏾
Tweet media one
14
4
246
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
1 month
Ubonye aka ka video ni irihe jambo uca wibuka? Jewe nca nibuka rimwe rivuga ngo ikizagukubita ntuzomenya aho giturutse! Weho uciye wibuka irihe? Shira aho muri commentaires….
56
20
244
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Dear #RwOT I am back umuturanyi wanyu yahageze! Ejo mugitondo nzoba nicaye meze neza aha mûri stade. Jewe nk’umukunzi nkaba n’umufana wiyemera wa HE Paul Kagame sinoba nka Neva ababaniye nabi! Rero nafashe urugendo ndaza ubu tuvugana ndi mu Rwagasabo!! Ejo sije mbona harageze
Tweet media one
22
13
227
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 years
#Abatwip Tugire manifestations hano kuri #twitter zo gushigikira @GeneralNeva ku ngingo yo kwugurura ama bureaux de changes mbega basha tubigenze gute? Mumpe Retweet basi dukeze uyu Mutama hanyuma ibifyoti aho biri hose bikwiye gutuzwa abarundi bogorore ku mpande Zose! @yigenga
Tweet media one
20
43
221
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Iyo bavuze ngo hagupfa nk’Imbwa wopfa nk’umugabo, ngibi ibintu Gen. Cyrille yari yaratahuye. Uyu yapfuye nk’umugabo yaranse kuba umuja, yaranse kuba umusoda yidoga afise inkoho asaba abantu ngo bamutabarize oya yarakoze ico yategerezwa gukora kandi no mu rubanza ntiyigeze ahakana
Tweet media one
47
27
224
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 months
Aho mperukira i Kigali uziko buri gihe baba bafise utuntu dushasha nabonye iyi mirongo mishasha y’umuhondo mw’ibarabara. Ico gihe vyarancanze hanyuma nshira imodoka ku ruhande mpamagara umu police ndamubaza nti iyi mirongo Harya ivuze iki ? Nawe arandaba n’urupfasoni uziko ari
Tweet media one
22
25
228
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Ariko Ba #RwOT ndazi ko muri busy mu kwamamaza umu candidat wa FPR ariko ndabibarize uyu musaza murabona ukuntu apanga urugamba agapanga iterambere agapanga kazoza none no mu busaza akiyubura akaba umusore mwiza akaberwa kurusha abakiri bato benshi aka ga style k’amatora ka
Tweet media one
20
17
221
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
9 months
Kelly Nkurunziza ni umuhungu yakuze avuga make kandi ukabona ko yashaka kwigana se. Aho Sogo yitabiye Imana yari yaramaze kwinjira mu gisirikare c’Uburundi. Benshi muramwibuka kuri défilé akomerwa amashi n’abantu benshi. None yagiye he? Vyagenz gute ? Aya makuru ni mukanya.
Tweet media one
27
13
214
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
𝐑𝐞𝐤𝐚 𝐔𝐦𝐮𝐡𝐚𝐧𝐮𝐳𝐢 𝐚𝐛𝐚𝐟𝐚𝐬𝐡𝐞 𝐠𝐮𝐡𝐮𝐳𝐚 𝐚𝐦𝐚𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐧𝐞𝐳𝐚! Muri 2016 Amerika yafashe ingingo yongutanga indege za Kajugujugu za gisirikare ziri mu bwoko bwa Huey ll. Ico gihe Kenya yaronse umunani bashaka no guha Urwanda izindi zingana uko mu mwaka
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
32
39
218
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Ndababwire impamvu Kisekedi na Neva batari kuza Uyu musi naho vyari kugenda gute 😂 bose uko ari babiri batinga “Faya” 🔥 #Fire bari guhavabiruka nka za ngabo zabo hiyo mu misozi 🫢 #Inauguration2024 #Kurahira2024
8
25
209
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
9 days
CNDD FDD kuva ishika ku butegetsi imaze gukora ibitangaza! Raba nawe ukuntu yubatse ibisagara vya Bujumbura, Gitega na Ngozi! Birateye igomwe nukuri!!!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
78
13
209
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Mbega Reveriyano yoba yamenye ko muri Nord Kivu ahitwa Rubaya #M23 yabagize ngo Vuuuuuuu! #Rubaya ni ahantu Tshisekedi asa naho yari yagabiye Neva kuko niho hari ama mines menshi kugira aze arihemba (ntiyahemba Uburundi) none barahamupapuye ngo Vuuuuuuu! Ntibagize kamwe kamwe
25
20
191
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Muze mundabire abandi bana uko babayeho Amatara aracitse muri Kigali bagize ikibazo ca Tekinike ariko ndabasavye mundabire REGIDESO yabo yitwa REG ukuntu iriko irisigura 😅😅😅 abandi bana sha! Ngo mukanya katarambiranye uraba wagatutse! Twe mu Burundi bakora WhatsApp group
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
56
16
191
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Abantu barindiriye ijambo rya Evariste kuri izi inondations ndabasavye mubireke kuko muzohava mubabara cane niyavuga! Ehe ivyo ashobora kuzovuga: 1) Abantu bubatse mu Gatumba na za Kajaga ni ibijuju Jewe mfise inzu I Gitega kandi simfise imwe mfise inzu mu ntara zose kugira
Tweet media one
77
10
188
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Hari umuntu yaciye inbox ampa aka vidéo ka “ISCAM” yabo bigamwo ahantu hitwa Gako, barundi benewacu nkunda. Tuvyuke turasinziriye, ingonera zaratondereye ntitwabimenya. ISCAM yacu iracasa uko Bagaza yayisize. Narya bara rya rouge riracasize n’aga karabasase nka kamwe k’inzu zo
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Sha noneho Abanyarwanda baratwemeje kabisa! Ibi nivyo Africa yose dukeneye! Décolonisation totale! Gukora ikarashishi mu Kinyarwanda aha ndakuye chapeau! Vyabintu vyose vya tête à droite etc murumva bitaryoshe mundimi zacu kavukire? #RwoT #Abatwip #Rwanda #Burundi #Cadet
31
41
522
18
25
189
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Hari abakunze kubaza ngo kuki @PaulKagame atorwa kubice birenga mirongo icenda kw’ijana. Ngo Mbega iyo ni demokarasi? Ariko Reka ndakwibarize ? Aba bantu ubona aha buzuye umusozi urazi icabazinduye kuba sa ndwi z’ijoro? Namye ndaba ikiganiro @ScoviaMutesi yakoze mugitondo
Tweet media one
Tweet media two
25
16
182
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Akajambo kamwe kuri iyi Ntwari y’Urwanda na Africa ihejeje kurahira… #Kurahira2024 #Inauguration2024
Tweet media one
14
7
185
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Igisoda Cari Ica kera ubu nkibi Ngo ni ibiki?
Tweet media one
Tweet media two
40
7
178
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Uko vyari vyifashe ejo ku mugoroba! #RwandaDecided2024
9
16
176
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Iyo nsiba ibi birori nari kubabara cane! Ndabira sha ukuntu abasoda banditse C-in C (Commander in Chief) hanyuma bakavuza ka karirimbo ngo azabatsinda Kagame 😎 Volume irakwiye abo kwa Neva na Kisekedi canke nduze gato? #Kurahira2024 #Inauguration2024
11
30
176
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Nukuri nukuri ndababwire! Umukuru w’igihugu c’Urwanda yitwa Paul Kagame atera ishavu aba Génocidaires bo muri kano karere akabatesha umutwe maze bakirirwa barondera ibinyoma bomuvugako. Yahagaritse Génocide abo Kwa Havyarimana bakoze, yabujije Mobutu kwifatanya n’abo ngo batere
Tweet media one
29
24
169
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Reka ndababwire uko ivy’ama grenades vyatunganijwe! Haheze imisi mu Burundi hari ingorane zidasanzwe z’ibitoro bigatuma abantu babura bus. Mu misi iheze ho harashitse aho no kugituro ca bus haba hagaragara atamodoka ngira mwarabonye amafoto aho police yafata ikinga abanyagihugu
Tweet media one
53
36
173
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Uwobona akajagari kari mu gihugu cacu yokwibaza ko niko twamye. Twarigeze kugira umukuru w'igihugu yari yubashwe muri Africa yose, mbere n'amakungu yaratwubaha. Ico gihe Bujumbura cari igisagara c'isuku gitunganijwe neza cane (Urbanisation) mu myaka 11 gusa yubatse igihugu, agiha
Tweet media one
40
13
169
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Yitwa Paula Ingabire yavutse muri 1983 akaba ari Ministre ajejwe ICT ( Technologies de l’information et de la communication ) muvyo ajejwe harimwo na innovation. Bamwe mudakunda kwigira kubandi ndazi aka karaza kubarya cane surtout ko ari umunyarwandakazi! Aha yari yitabiriye
15
17
168
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Ariko Uyu musaza yahoze ari umusirimu! Ibaze kuba uri mwishamba ariko uri organisé uku kuntu, usa neza ufise amamodoka ya gisirikare ( aya ma jeep baba bayatse abasoda ba Havyarimana. Waheza ugashinga ibirindiro ahantu ukavuga uti ngiyi Quartier Général mbamwo (Mulindi)
Tweet media one
Tweet media two
10
13
163
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Barundi barundikazi Kenshi iyo twe tubabwira duti uru rwanko rw’aba DD rurababesha ntimutwemera. Ehe raba abandi bantu bazi ubwenge Aba ni abanya Kenya banateye imbere mubutunzi kurusha Urwanda ariko bariko barigira kuri ico gihugu kandi ntibaterwe isoni ryo kwinegura aho
@FGaitho237
Francis Gaitho
6 months
In EAC member nation Rwanda, a 155km road from Rusumo border town with Tanzania, to Kigali is well lit without a single pothole. I don’t know why we have allowed our road agencies @KeNHAKenya @KURAroads & @KeRRA_Ke get away with murder for turning Kenya into one dark and
84
270
755
26
15
158
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Ndatuye aka karirimbo abantu bose banka Paul Kagame kabatembe neza 🤣🫣
12
25
157
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Hello @FbdnStories how are you? Just wanted to say hi and check on you. Have a good day. 🫣 #Rwanda #RwandaWorks
Tweet media one
Tweet media two
7
10
156
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Ico nkundira Paul Kagame nuko yigishije abanyarwanda na Africa yose icarico Excellence no gutegura! Nta erreur ! #KagameInauguration2024 #Kurahira2024
Tweet media one
9
15
148
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Aha ngira mbwire abanyarwanda bose mukurikira umuhanuzi iri jambo. Uyu musi ndabizi ko muza Gutora neza, mugatora @PaulKagame intore izirusha intambwe. Niwe mugaba w’ikirenga w’izo ntare mubona zimukikije kuri iyi photo. Mbaye ndabashimira ko mwahisemwo neza kuko uwutemera Paul
Tweet media one
14
15
149
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Kubisanzwe umu DD abonye Tapis nk’iyi isukuye yokwibaza ko ari ishuka canke couvre lit. 🙈
Tweet media one
20
7
146
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Nyakanga itarariki zitanu mu mwaka wa 2015. Urwanda rwakinye na Ghana kuri stade Amahoro ariko ikibuga casa nabi. Umumenyeshamakuru wo muri Malawi yaraneguye uko ikibuga kimeze aravuga ati “Urwanda rwakinye neza ariko ikibuga co gisa nabi barabe babikosore. Nuko Président Kagame
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
13
143
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Ariko M23 abarundi turayibarirwa ntituyizi! Kandi Burya kutagira amakuru nico kintu cambere gituma umuntu atsindwa intambara! Abarundi nabo benshi bafise une idée fausse ya capacité ya @fdnbbi kuko batazi aho isi n’akarere bigeze. Ibintu vyarahindutse! Ndasubiramwo kwikwegera
35
26
141
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Ariko FARDC ni nka Père Noël kweli ndabira utuntu igabiye M23 🫣🫣🫣
Tweet media one
16
15
141
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Azabatsinda Kagame…. Ninde akumbuye ako karirimbo? 😅
Tweet media one
7
4
140
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 months
Iyo Neva canke Kisekedi bumvise ngo Kagame yirukanye mu gisoda umu général canke uku officier uwariwe wese baca batangura kunezerwa ngo hari ivyacitse 😂 Ekaaa da! Ukwo ni ukutamenya icarico C. I. C. Kuba batigeze baba real commander in chief birumvikana ko bo badashobora
Tweet media one
14
9
142
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Iyi misa ko numva iryoshe 🔥🤣🤣🤣 Aba #RwoT nukuri muri creative who is this guy 🤣🤣🤣
12
13
138
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
9 months
Igice ca 1) Imbere yuko ndababwira inkuru ya Kelly ni vyiza ko mubanza gutahura amajambo amwe agoye: Samuragwa : Samuragwa ni umwe mubana baba basigwa n’umuhisi uwo nawe akaba ariwe yitaho ivy’umuryango akitaho abasigaye na cane cane agafasha mw’itunganywa ry’ivyo se asize
Tweet media one
20
9
136
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Aka ka msg kagenewe Aba #RwoT nka @Dachronica @albcontact @SadateMunyakazi @gateteviews @LonzenRugira @byukavuba @EgidieBibio n’abandi benshi ubwambere munkundire ndabaremeshe nk’umurundi w’Umubanyi kandi ndababwire ko turi kumwe mu gikorwa co kwibuka ku ncuro ya 30 Jenoside
Tweet media one
32
18
137
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Mwiriwe neza mwese aho muherereye kaze mu makuru avugwa mu karere k’ibiyaga binini.
20
14
136
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Amakuru yo muri Congo ———————————- Karehe Gasheberi Gasake Bweramana Inyumw y’uko aho hose hafashwe n’ intare za sarambwe, Ubu abasoda b’abarundi bari i Minova bisanze bazungurutswe na M23, baciye baturira ibikoresho byabo bimwe bari bafise aho Minova Biravugwa ko hafatiwe
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
22
138
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Murabona ivyo nanje ndiko ndabona? En tout cas biraryoshe kubona!
Tweet media one
Tweet media two
6
6
134
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Imvugo ya Paul Kagame yabaye ingiro! Ivyo yemereye abanyarwanda ko azorwubaka yarabikoze kandi birenga n’ivyo yemeye. Kandi Burya na CNDD FDD muri 2005 yavuga ko igiye kugira uburundi i paradizo Mbega bigeze he ?
7
18
134
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Birababaje kwitwa Général: 1) Atamusi numwe wigeze utsinda urugamba ngo uhamagare abamenyeshamakuru uti ehe raba ahantu nafashe ( nka kurya ba Makenga babikora) 2) Mugihe n’abasoda utwara bakubona nk’umu comédien 3) N’umugore atakwubaha 4) Inzoga zikuganza #Burundi
Tweet media one
48
8
130
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Aha hantu Afande bari bamuzaniye utu escaliers ngo amanuke nk’umu civil arabahakanira. Yimanukiye kijeshi… aha ntibazi ko yonasimba iriko iriruka 😅 Iyo urenze uba urenze nyene. Aha iyaba wa mu général ntavuze bari gushirako na tapis rouge bakayofatisha amabuye 🫣 je dis ça je
5
9
133
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Nibarize ni ikihe gihugu hano mu karere ushobora guheza akazi sa tanu y’ijoro ugafata moto canke taxis canke ukagenda n’amaguru atankomanzi udatinya ko police ikwiba canke ngo ikugirire nabi ?
Tweet media one
29
7
129
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
14 days
Aha ngo ni mu Kinama PNB iriko irakina n’umwana🫣🫣🫣 ibindi ntimunkoroge!
Tweet media one
15
13
131
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Aka karirimbo rero n’uyu muhungu n’utwo dukoresho afise 😍😍😍
2
11
128
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Wogira zoom kuri uwo mupira wa rouge ico wirabira? Uce ugaruka utubwire ico wabonye.
Tweet media one
37
3
125
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Burya hari abantu b’imvugakuri muri iyi si. Uyu mucongomani yitwa Kalengayi Ludovic! Ni intwari y’imvugakuri kabisa jew sinari ndamuzi ndatangaye kweli.
11
26
119
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Mana ni wumve amasengesho y’abana bawe Mana dukize CNDD FDD !!
Tweet media one
13
9
122
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Mugihe FARDC iba iriko yica abanyagihugu mûri Goma, M23 yo iba iriko iragendera abarwayi mu bitaro babaha amata!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
11
13
118
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Iyi Vidéo yafatiwe ahantu hitwa Ngungu akaba ari akandi gace M23 iheruka kuvanwa mu ntoke za FDLR WAZALENDO FARDC. Hari ibintu bitatu nshaka ko muraba ukuyemwo ko uyu musoda yambaye neza kandi aberewe! 1) Aba banyagihugu bavuga ikinyarwanda! Urabona ko M23 iba itashe iwabo.
24
22
118
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Iyi niyo CTU ya Neva 😂 kandi abo hirya ya Kanyaru ndabasavye ntimuce muvuga ngo ni iy’abarundi oya ni iy’aba DD biratandukanye kuko natwe ntituzi aho aba bantu baje bava natwe dutangara mu bandi iri suku rike rirarenze!
Tweet media one
53
13
118
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Aha rero ndabazi nimwabona Rouge Blanc muca muvuga ngo ni UPRONA 😅😅 Tega amatwi ndakuyagire. Aba bitwa Police Militaire aha bazanye amabendera ! Akantu kose kaba gateguye!!!
3
13
119
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Uyu mutama @KabarebeJames unamuravye hano kuri iyi foto ico ubona nuko ari inararibonye. Ibaze guhagararana n’umuntu yirirwa aratuka igihugu cawe ariko ukanamwumviriza utekanye. Nk’aha nca nibaza ico uyu @AShingiro ariko aravuga… mbega akazi kagoye!
Tweet media one
27
5
114
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
1 month
Mwaramutse Barundi benewacu namwe Banyarwanda mukunze kunkurikira? Nari ndabafitiye agakuru gashushe. Burya mwari muzi ko inkuba izirana n ‘Icitwa FDLR canke FLN ku mupaka w’Urwanda? Kubisanzwe kuva na kera hamyeho imiziro myinshi nk’akarorero mu Burundi ngo carazira ko
Tweet media one
31
19
108
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Hari akaririmbo bari bamaze imisi baririmba hano mu Rwanda kavuga ngo “Azabatsinda Kagame Yarukuye ku muheto Naho abavuga amagambo Byari byabananiye” Sinzi nimba kazomvamwo vuba Ndasubira Bujumbura muri iyi misi ( umusi sindawuvuga ndabazi) Gusa ivyo uwo muririmvyi
Tweet media one
Tweet media two
14
7
107
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Hari abarundi benshi dukunda guhendwa n'izi Leta zimaze imisi zidutwara kuvyerekeye Génocide yakorewe abatutsi mu Rwanda. Yemama ngo ni indege yatumye haba ihonyabwoko. Ababivuga benshi muri bo nuko bari mubarikoze canke bari bashigikiye abarikoze. Aha munkundire dusubire inyuma
18
18
106
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Ariko jewe hari akantu mpora nibaza ubu aba bantu bakunda kwivugisha ivyo batazi ngo Urwanda rwabateye canke ngo rwakoze coup d'Etat ira-ça barazfi vyukuri RDF. Ubu Uburundi bunanirwa na RED TABARA bugakubitwa na M23 nibwo bwokwihanga RDF ? Nkubu RDF yinjiye mu Burundi n'iki
Tweet media one
33
10
106
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
🤣🤣 Ibaze nk'ubu baguhaye examen yogufata aha uyu mu maman yavuze Kagame ngo uhashire Evariste hanyuma uvuge ivyo yakoreye abanyagihugu kandi bifadika nk'ibi ariko aravuga anezerewe uku. Jewe noca nsubiza urupapuro kuko noronka ubusa hahah Ariko reka ngerageze. Umukuru
7
13
105
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Banyarwanda Banyarwandakazi, Who am I to tell you who to vote for? Jewe Ntakirutimana ndabasavye muzoje gutora le 15! You know who to vote for! Sivyo se ma sœur @EgidieBibio mbwirira n’abandi ko ndabatumiye gutora 😅
4
14
101
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Ikinyamakuru KANGURA c’aba extrémistes Bari bagize icitwa AKAZU cari caramaze gutegura urupfu rwa Havyarimana. Muri Kigarama (Decembre 1993) banditse bati Havyarimana azopfa muri Werurwe 1994 niyo Ntwarante mu Kirundi. Murumva ko yaciye apfa muri Ndamukiza (Mata) Nk’uko
Tweet media one
19
14
100
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Intwari Général Cyrille Ndayirukiye ati ico ntashobora gutahura ni ingene inzego zigumya umutima uri hamwe bamwe mu nzego bariko barica Abantu. Amasasu akavuga ministre wa défense yiraramiye, uwa sécurité yasavye ko barata abantu. Aha yari imbere y'abacamanza bamwagiriza ivyo
15
21
100
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Ariko nk’iyo Neva abonye abandi bakuru b’ibihugu uko biyunguruza mu cubahiro kibakwiriye yiyumva gute? Erega iyaba tubiterwa n’ubukene vyari kwumvikana ariko kuba ata ndege dufise nuko tubiterwa n’inda ndende ya système DD tagurishije Falcon50 igishika ku butegetsi ubu imyaka 19
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
5
100
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Twicwa no kwihangana! Harageze ko duhaguruka Ibi tukavyanka! Abarundi b’umutima bo mu bwoko bwose duhaguruke twanke ibi na cane cane twiyamirize umukuru w’igihugu adutambira ku muvyimba. #BurundiRevolution
Tweet media one
40
12
98
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 binyibukije iyo umwana afashwe avuye kurigata isukari ukuntu aharira ko atabikoze kandi imwuzuye ku
20
13
97
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Impfizi y’intama itendera nka se! Isase riva ku cuma! Intare ivyara intare! Bandanya nawe ugire ico ubivuzeko! Mbe wibaza ko yaramubwiye iki?
3
2
99
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
Ndashaka gusaba abarundi n’abanyarwanda mwese mukurikira Umuhanuzi kudakoresha amafoto nk’aya kuzindi mvo. Duhumurize abarundi bariko baraca mubihe bitoroshe, ibiza canke ivyago biba hose. Ico dukwiye kunegura ni Leta y’Uburundi itariko iritaho abanyagihugu uko bibereye canke ngo
Tweet media one
Tweet media two
25
2
96
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
CNDD FDD ntiyigeze ironka iri teka ngo habe za breaking news zivuga intsinzi yabo ya gisirikare. Nico gituma gushika uyu musi igihugu cabananiye gutwara kuko nta bushobozi bigeze bubaka buri ku rwego rwo gutwara igihugu. Ico bari bashoboye kwari kwiba ihene, kwica Abantu
Tweet media one
32
16
98
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
5 months
Umugabo w’ijunja n’ijambo. Ba Neva na Fatshi nk’ubu bamuravye nabo baba bumva ari aba présidents ? Abantu badashoboye no gutora umuti w’ikibazo na kimwe mu gihugu?
Tweet media one
18
5
96
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
21 days
Erega ababanyi nta nzigo! Urabona ko abo twita abansi bo bibutse umurundi wacu Ndayizeye bakamugira envoyé spécial! Burya tuvuye muri ibi vyokwibabura tukababanira neza basha igitoro, isukari, ama dollars nibaza ko twonafashanya mu rurimi twese twumva tugafashanya erega Umubanyi
Tweet media one
11
14
97
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
Abatabona aho iki gihugu c’Urwanda kigeze ni abafise ishari n’inzigo. Ni abavukanyi twe tuzobigirako ivyo vyiza kugira ejo Uburundi nabwo buzosubire bube iparadizo! Stade amahoro 1994 et maintenant
Tweet media one
Tweet media two
10
10
92
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Mbega mwabonye ko président wa Tanzanie @SuluhuSamia yibereye I Kigali ? 😅 #Ogera #Kurahira2024
7
6
95
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Ba DD namwe ba DD kazi, Uyu mugabo Chimamanda ivyo avuga muravyumva canke tumusabe aduze aka volume ?? #Burundi #Rwanda
7
14
92
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
2 months
Mbega abantu nka @SamuelBaker_B Na @BurundiInsight batazi icarico investissement aya makuru bayakira gute 🙈
Tweet media one
17
17
93
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
6 months
M23 yashizeho Police ahantu imaze gufata hose ibi bintu mwe mubibona gute ? 😅kandi apa si babandi birirwa bicako baborewe! Aba bafise discipline nta n’uwo bazokwiba kuko baragaburirwa neza 🫢 no mu mico yabo ntibakorakora ni imfura banywa amata ntibica inka
Tweet media one
21
5
90
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
3 months
Umusoda wa M23 aba asa uku, aba yambaye uku aba araba uku. Iyi ni ifoto iheruka gufatwa n’umurundi akora akazi ko gufotora ku rwego mpuzamakungu yari yishikiye muri zones za AFC-M23. Aba nibo bakosoye abasoda ba Tshisekedi-FDLR-SADC (Tz-SA-Malawi) aba mercenaires Roumains etc.
Tweet media one
15
11
91
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
4 months
Nkunda ukuntu @PaulKagame atesha umutwe abantu bafise ivyiyumviro bishaje. Abishira hejuru, abirasi, aba génocidaires, aba impérialistes, etc. Ico norarikira abanyarwanda mwe nimutore PK kuko mwarahiriwe kuba mumufise! Ni umushingantahe abushitse. Umugabo w’ijunja n’ijambo!
5
11
91
@umuhanuziwacu
Umuhanuzi
7 months
𝐍𝐠𝐢𝐲𝐞 𝐤𝐮𝐛𝐚𝐛𝐰𝐢𝐫𝐚 𝐢𝐤𝐢𝐧𝐭𝐮 𝐛𝐚𝐧𝐨 𝐛𝐚𝐧𝐭𝐮 𝐛𝐚𝐛𝐢𝐫𝐢 𝐛𝐚𝐡𝐮𝐫𝐢𝐲𝐞𝐤𝐨 𝐧’𝐚𝐛𝐨 𝐛𝐚𝐠𝐢𝐲𝐞 𝐠𝐮𝐭𝐚𝐧𝐝𝐮𝐤𝐚𝐧𝐢𝐫𝐚. Bose bahuriye ko bose bahubutse cane mu kuja muri Congo. 𝐍𝐝𝐚𝐲𝐢𝐬𝐡𝐢𝐦𝐢𝐲𝐞 ———————- Ndayishimiye we icamutaye mu rudubi
Tweet media one
Tweet media two
18
3
90