UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮 Profile Banner
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮 Profile
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮

@UwimanaDative2

5,205
Followers
172
Following
108
Media
1,222
Statuses

#Umutwip •Founder and C.E.O at @ikazeventures •Burundi Tour Guide🇧🇮 •MissPopularity🇧🇮 2021•🇧🇮Ambassador at @african_rebirth E-mail : uddalor @gmail .com

Bujumbura
Joined August 2020
Don't wanna be here? Send us removal request.
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Mwaramuste canke Mwiriwe. Murantunga kano kavideo karimwo agashavu🙈, mugabo ku bantu bose bazi ko bahora babikora twisubireko duhindure ingendo, dusukure igihugu cacu. Si ngombwa ngo abaturongoye barinde kubitubwira, uruhara runini ni urwiwacu. #Nawebirakurabacane
76
127
685
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Umusi w’Imana mwiza mwese ku BARUNDI N’ABANYARWANDA gusa (abandi ni hanyuma lol)❤️🇧🇮 🇷🇼. #abatwip #rwot
Tweet media one
20
12
583
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
11 months
#sourcedunil Amahoro Barundi Bene wacu. Kano ka video nukuri gashike aho gakwiriye gushika, kumve uwukwiriy kukumva, kandi abafise ubushobozi bwo gufata ingingo badufashe bagire ico bakoze. Twebwe abakora muri kino gisata muri privé turiteguye gufasha uko dushoboye. Murakoze!
36
108
405
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
🥳🇧🇮And BURUNDI DID IT AGAIN. Ladies and gentleman, nous avons remporté le Prix Awa 2023, catégorie Prix du Public et la deuxième place pour la catégorie Innovation. 😭None jewe nzobashimira gute vraiment? Nukuri Imana ibahezagire caaaane. Mwarakoooooze cane.😭 @EnabelauBurundi
Tweet media one
47
41
349
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
🇧🇮 Ndiko ndataha nsubira i Burundi, nagize amahirwe yo guca muri #Ethiopie nakirwa na Nyakwubahwa @willynyamitwe . Mwakoze cane gose ku kiyago twagiranye🙏🏽 #abatwip
Tweet media one
13
15
321
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
Week-end Nziza #abaX 💚
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
21
7
321
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
🔥🔥🔥19th April. Join me live on instragram @shetravelsafrica 5PM - 6PM Burundi time zone to chat on travel from an African woman's perspective. We will talk about Burundian Tourism🇧🇮🔥🥳 #ecotourism
14
48
301
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Pasika Nziza😍❤️
Tweet media one
13
3
282
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Look at this🥺😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮 I love my country Burundi❤️
Tweet media one
7
8
264
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
#Abatwip twagiye rero, ngiyi event yanje yambere🥳. Objectifs de cet événement : Decouvrir la beauté de notre pays et Faire une réflexion en tant que Jeunes Burundais ukuntu twoteza imbere iki gisata ca tourisme. Hariho udusurprise twinshi😊, karibuuuu, cane cane #abatwip 🇧🇮
Tweet media one
13
53
249
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip mubibona gute? Lol It was an honor for our company @ikazeventures to organize a Golf tournament bringing together more than 70 Golfers from Rwanda, Kenya, Uganda and Burundi. The goal was to promote Burundi as an open destination for both tourism and investment.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
15
16
239
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Ndavuga Simvura🇧🇮🇧🇮🇧🇮
12
38
224
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Ndi Umurundikazi 🥰🇧🇮
Tweet media one
6
9
213
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Nukuri turasavye cane Muri Parc RUVUBU bahazane ibikoko🙏🙏🙏 birashoboka cane gose kandi ntibigoye. #ibikokomuriruvubu @MinCommerce @ikazeventures @GisaboT @tanganyikalinks @yigenga @MuiraTours @la_Cardine
26
50
209
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Twama tuvuga ko Uburundi bufise potentiel touristique nini. (nivyo cane) Mugabo harabuze cane infrastructures z’ama activités touristiques. Nka skyworking na ziplining vyoryoha mu Kibira(Pour ne pas dire kuri failles de Nyakazu)😍🇧🇮kandi ntibizimvye cane gukora.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
22
31
203
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
📍 World Travel and Tourism Council Global Summit, Kigali/Rwanda. . We don't need a presidential decree to be Ambassadors of our MotherLand. Burundi must leave its confort zone. And it’s our responsibility to all of us BURUNDIANS where ever we are. #twesebiraturaba
Tweet media one
Tweet media two
12
19
200
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
☺️🇧🇮Amahoro cane Barundi Bene wacu. Kubariko baribaza Prix Awa icarico, igituma ndiko ndasaba mumfashe gutora, n’ukuntu batora, kano ka video harimwo inyishu zose. Murakoze abamaze gutora☺️🙏mubandanye mumfasha kubipartagea kugira bishikire benshi bashoboka☺️ #prixawa2023
22
37
195
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Tweet media one
6
3
189
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
11 months
Je suis très ravie d’être invitée comme panéliste pour la soirée de Gala organisée par Vitrine Africaine. Je parlerai des opportunités d’investissements et touristiques au Burundi, aux côtés des diplomates du Rwanda, du Maroc et de l’Éthiopie. 1/3
Tweet media one
10
12
175
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Ego ndavyumva nta mafranga menshi ahari muri secteur ya tourisme mu Burundi. Mugabo basi harabuze n’ayo gusukura MUSEE VIVANT?😭😭 harya hantu harambabaza. Ibikoko bifatwa nabi, biba mu mazi acafuye, ntibakuraho ama déchets yavyo. 🤦🏽‍♀️None tuzoba inyankamugayo ryari?
24
21
171
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
11 months
🏆🇧🇮Le Prix Awa 2023: Premier Prix dans la catégorie « Prix du Public ». Je n’arrive pas à trouver les mots pour exprimer ma gratitude en ce jour. C’est pour moi une très grande joie et un grand honneur d’être Lauréate du Prix Awa 2023. #burundionthemap
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
14
167
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#abatwip Naravuze ko nzobikora, kandi koko nzobikora. @ikazeventures Lunch #firststep Murakoze kwama munshigikira🙏🏽🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
9
25
158
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
#Abatwip sinzi ico nzobakorera ngo ndabashimire. Ariko je suis très reconnaissante kubantu bose banshigikiye. Hanyuma rero je suis prête plus que jamais. #ecotourism 🇧🇮 Mbaye ndisabira #abatwip bose muzomfashe @burundionthemap @bestof257 @MissBurundi_Org @YBurundi @JimbereMag
@MissBurundi_Org
MISS BURUNDI OFFICIEL
4 years
Nos félicitations à Dative Uwimana élue ce soir Miss Popularity du concours #MissBurundi2021 🤩👏👏 #Burundi
Tweet media one
0
19
168
13
10
157
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
Mon pays, c’est le Burundi🇧🇮❤️ Il sera toujours le refrain des chansons de mon orchestre. Terre d’une beauté naturelle, C’est là où je suis né, là où j’ai grandi. Mon amour pour lui ne sera jamais l’ énigme Déclarer sa beauté sera toujours l’essentiel de mon dogme. #umutwip
Tweet media one
5
18
152
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
11 months
😍Me enjoying my favorite country in the Whole World🇧🇮❤️ . NDAKUNDA UBURUNDI
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
10
12
158
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Mba imbere yaya chantier Son Excellence aheruka kugirira visite surprise, nukuri biranse ko ndyama baraye barakora ivyuma biguma bivuga. Ejo nivyabandanya nzobafatira aka video 😂 @yigenga
35
7
153
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#Abatwip sinzoruha kubashimira kwiteka mwanteye mukanyizera🙏🏽 Akarimbere karahinda😊 Let’s #Rebrandburundi 🇧🇮
Tweet media one
5
8
147
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
🇧🇮😍VOTEZ POUR DATIVE UWIMANA🥳 Bonjour cher tous☺️. Votre fille est de retour pour vous demander votre soutien🙏 J’ai l’honneur de représenter le 🇧🇮 à la finale du concours international Priw AWA 2023 organisé par @Enabel_Belgium 1/2 Pour voter 👇🏿👇🏿👇🏿
Tweet media one
24
37
155
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
🇧🇮Uburundi muri The pearl of Africa tourism Expo🙏🇧🇮❤️
Tweet media one
5
3
133
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
#Abatwip Miss wacu yaje kuri Twitter 😍❤️ tumushigikire ku bwinshi🥳🥳🥳
6
19
129
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#abatwip #abatwip Jewe umu guide wanyu ndi hano☺️. Ndabasaba cane ubufasha. BIRASHOBOKA CANE KO PRIX ITAHA IWACU 🇧🇮. Vota uciye hano: Urukundo mwama mwarunyeretse. Nubu ndabahanze amaso☺️❤️
Tweet media one
Tweet media two
22
12
113
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
🇧🇮🇧🇮Hazogume hasukuye uku basi naho abashitsi bazoba bagiye😍
8
8
108
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Happy Tour Guide Day to you all my colleagues 😍🇧🇮. #tourguideday2023
Tweet media one
Tweet media two
4
6
100
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
It is our responsibility as Young Africans to go aggressive, brand our countries and tell our own stories. Because if we don’t do so, others will do it for us and they will say whatever they want. The world now is all about branding and marketing. So let’s Do it🥳🥳 #burundi 🇧🇮
6
16
99
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Africa Tourism Business Forum • Rwanda Tourism Week @visit_burundi we are there🇧🇮😍 Stay tuned
Tweet media one
3
9
95
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Tweet media one
6
2
91
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
❤Miss populaire 2021: Sinibaza ko nzigera mpeza gushimira abantu bose mwambaye hafi muri runo rugendo.❤ Akajambo kamwe: - Ku muryango, incuti n’abagenzi: Ndabashimiye vy’imvamutima. Mwarakoze cane, Imana ibahezagire. Vidéo yose:
6
8
88
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
I Love my Job😍🇧🇮Tour Guide❤️. . 📍Teza Tea Plantation . . . #burunditourguide #burunditourism #beautifullburundi #kazeiburundi #visitburundi
Tweet media one
4
3
91
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Mwiriwe neza. Nukuri maze igihe nikausha mugabo narushe. La source du Nil ni imwe muma sites touristiques y’agaciro dufise mu Burundi, uravye Histoire derrière na intérêt aba touristes bayifitiye en général. Ariko rero ukuntu ifashweee😭😭😭😭ntibibahooo. Arya makaro😭😭
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
20
12
90
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#abatwip Umu guide wanyu shan 🇧🇮 ☺️❤️. Abantu mwaje muri vacance ni muze nje kubatemberezaaa😂 @ikazeventures #visitburundi #kazeiburundi
Tweet media one
Tweet media two
5
5
87
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#abatwip mu Burundi 🇧🇮 harakeneye une Politique National de reboisement nkuko bamwe mu bakurambere bama babivuze. Kuko aho turiko turaja siheza na gato. Iryo terambere ryose dushaka gushikako ni tutitaho ibidukikije vyose bizoba impfagusa. #twesebiraturaba
Tweet media one
Tweet media two
10
12
87
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
🛑Miss Popularity Burundi 2021 presents: Branding Africa E-Talks. This program aims to create a platform where Queens from different parts of Africa can talk about their countries, and reasons of being proud of who we are as Africans. Please don’t miss, Stay tuned.🥳
Tweet media one
3
13
81
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#lesfaillesdenyakazu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
1
2
76
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#Abatwip kuberiki iyo ukasuye #mugifaransa canke #mucongereza abantu babigira souvent big deal? Ariko #mukirundi ntanuwuvyumva, umengo nibisanzwe🤔
17
10
71
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Une partie de moi que la majorité ne connaît pas☺️. Fière d’avoir formé plus de 50 jeunes universitaires sur le Modèle des Nations Unies(MUN). #ladiplomatiepourlajeunesseburundaise @african_rebirth @UN_Burundi @DamienMama
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
7
74
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
Ndafise ikintu kinini noterera mwiterambere ry’Igihugu cacu. #abatwip munshigikire.
@MissBurundi_Org
MISS BURUNDI OFFICIEL
4 years
Demi-finale #MissBurundi2021 Candidate N°21: Uwimana Dative représentant @KirundoProvince . #Burundi
Tweet media one
1
1
31
4
9
72
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Burundians Queens🥰. I love youu❤️❤️ @MaiteeNiteka @LiviaIteka_Miss @planetmars26 . .
Tweet media one
0
4
72
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#abatwip Jewe umuguide wanyu ndabaramukije☺️🇧🇮 @YBurundi murakoze ku gafoto keza . Hama mwaratanguye gureserva visites touristiques zo muri summer? Ndahari ku mwanyu☺️ @ikazeventures @burundionthemap
Tweet media one
3
2
72
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
@Ssenyonyiderick Hello DEAR @Ssenyonyiderick i am a tour guide from Burundi from @ikazeventures , we can organize a trip for you. Kindly let us know how we can help: +25761887395: this is our whatsapp number. Welcome to Burundi☺️🇧🇮
1
4
69
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
2 hours of Hiking at Mont Heha😍🇧🇮 Thanks to @GisaboT @BNihoze @WinnerGuev @rugori_s vyagenze gute ndabasige kupanga ubuzima?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
11
67
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
C’était un honneur pour moi d’être membre du panel dans la conférence des jeunes femmes organisée par @greater_women_club . Que Dieu bénisse notre vision #GreaterWomenConference #3rdedition
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
1
64
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Being a Queen(Miss) is something very different from just a title. It is a BIG RESPONSABILITY. It is an opportunity to SERVE others and to IMPACT the community positively, that’s how I see it. I thank: GOD🙏🏽, Everyone who’s supporting me🥺❤️, @MissBurundi_Org and @akezanet ❤️
Tweet media one
1
2
65
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#AbaX Mwarakoze cane abanshigikiye mwese. Imana ibibahezagirire cane. ☺️🙏 Gutora bihera mukanya 15h. Turizera ko bizogenda neza. Muroranirwe. #prixawa2023 @Enabel_Belgium
Tweet media one
3
5
62
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
I did my master’s degree in 2 days you all😄This is what happens when you tour with your model🥺❤️ I may not always say it, but when i say it know i will be meaning it, Thank you so much for being Dr. @CarmenNibigira . IMANA yakuduhaye ikudutungire. @PMiganda @ikazeventures
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
4
61
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Le bonheur d’aider les autres😍. Je suis tellement fière de toi ma jolie🥺❤️. MissMuyinga2021 a organisé un événement du 14 au 17 pour venir en aide aux enfants vulnérables dans toutes les communes/ Province Muyinga. Ubaye akarorero keza. Merci kuntera iteka ryo kuba Marraine❤️.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
7
61
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
This just made my January 😂❤️
@GloireBdi
.
3 years
*If January were a Burundian Miss*
Tweet media one
2
2
65
5
1
63
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#somethingcomingsoon #brandingBurundi #brandingAfrica . A queen. A queen who bowed to nothing, a queen who had faced them all down and triumphed. A queen who owned her body, her life, her destiny, and never apologized for it. I am a Queen😊 @burundionthemap @bestof257
Tweet media one
1
4
60
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Merci @akezanet 🥰🇧🇮
@akezanet
AKEZA Burundi
3 years
🔴La Miss Popularity du Burundi 2021, @UwimanaDative2 vient de prendre l’avion à destination de Turquie. Elle va représenter le pays au concours « Future Fashion faces of the word » qui se déroule dans la ville d’Antalya, du 26 Mars au 3 Avril 2022. Bonne chance pour elle!
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
10
67
4
1
57
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#Abatwip Mazigihe ndabibona nkibaza utubazo twinshi. Dukira kuba dufise udupanneaux duke, nutwo duke tukabura abadukoresha😰 haruwomenya ico bivako? Kuko nikibazo kinini. #marketing na #branding mu Burundi?🤦🏾‍♀️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
5
58
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
Mahorooo🙌🏾 Ndabasavye Ncuti muzonshigikire cane, mfise umugambi mwiza, vuba ndawubasangiza🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮☺️ Mbaye ndashima.
@MissBurundi_Org
MISS BURUNDI OFFICIEL
4 years
Pour voter pour Uwimana Dative, composez📱 *190*8# puis envoyez 21 et/ou votez en ligne sur A 23 ans, Dative est diplômée en "Marketing & Management". Elle représente @KirundoProvince au Concours #MissBurundi2021 . #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
1
3
24
2
5
55
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
#patrimoinedupays #ibicuba Uyu mushingantahe namubonye i Muramvya, ndamusangamwo ubutunzi bw’Igihigu🇧🇮 ariko ntangazwa n’ubuzima abayemwo. Nigiki cokorwa kugira dusubire guha agaciro akaranga na kahise vyacu?🇧🇮 #Abatwip @burundionthemap @bestof257 @ArchivesBurundi @GisaboT .
2
7
54
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Umusi w’Imana mwiza🥰🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
6
54
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#abatwip Nubu sindatahura ukuntu umuntu ashobora kuba ari umurundi kandi azi ikirundi, hama akakwandikira message ndende mugifaransa canke mucongereza akubwira uwariwe nico akeney😅. Nopfuma mbona uwuvanga ikirundi na français nkanje😅🚶🏾‍♀️🚶🏾‍♀️🚶🏾‍♀️
13
5
52
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
Jewe😍,Abatama👨🏿‍🦳, izuba☀️, icayi🍃, ishamba🌳. Ndi mu Rukundo n’igihugu c’Uburundi🇧🇮. Sa beauté me séduit toujours 🇧🇮 #histoire #culture 📍Mpotsa forest, Rusaka, Mwaro🇧🇮 #abatwip
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
2
54
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#HAPPYNEWYEAR2022 🥳 The year 2021 has been an amazing year for me. I’ve experienced God’s Love and Favor❤️. I saw people’s Love and support🥺 I can’t find words to express how grateful i am. Ndabashimira cane🙏🏽 kandi ndabakunda🥺❤️. Bonaneeeee Thanks @akezanet for 📸. #abatwip .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
1
48
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
@BurundinAddis
Burundi Embassy in Addis Ababa
3 years
Miss @UwimanaDative2 is committed to work with the #Burundi Embassy to #Ethiopia in the organisation of the reflexion meeting on youth, peace and security in #Africa to be held in Burundi during the last week of April 2022.
2
8
22
3
4
50
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
🥳🥳nari numva ntesa, Burundian Culture sha❤️
@MissBurundi_Org
MISS BURUNDI OFFICIEL
4 years
Première apparition des candidates finalistes #MissBurundi2021 en tenue traditionnelle #imvutano qui ont présenté un numéro culturel. #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
19
89
1
2
53
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#MontHEHA iri tegeko abatwaye #Mayuyu muri commune #Mukike bafashe nukuri ntiryorohereza nagato ingenzi natwe dukorera mugisata c’ingenzi🤦🏽‍♀️ Ni gute barihisha Umurundi 50.000 fbu kugira aje kugira hiking kuri Mont Heha? Umunyamahanga nawe ngo 100.000!🤦🏽‍♀️ 1/2
10
14
48
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#Abatwip ni mumfashe. Jewe sindi uwakera kururu rubuga. Nashitse mbaza ico #abatwip gisigura bambwira ngo ni Abarundi kuri Tweeter numva karatesa😊 nca ndagakunda, mugabo sindagatahura neza, none iyo #p yanyuma isiguriki?
15
1
46
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
Thank youuu☺️🙏
@IrisNews_
Iris News
1 year
🏆🥇And #Burundi wins it again...🥳🥳🥳 🏅 @UwimanaDative2 follows in the footsteps of @GrettaKathia Iradukunda to win the Public Prize in the "Prix AWA" funded by @Enabel_Belgium 👉 50k euros will once again come to Burundi. #AbaX you made this happen #youth #talent
Tweet media one
0
5
33
0
1
47
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
#abatwip Ndafise ikibazo🤔. Tuno dusachets turi ahantu hose kuma barrières ya taxe communale tumaze iki? C’est contre la préservation de l’environnement 🤦🏽‍♀️kandi turi ahantu hose. Je mba mbona tudasa neza na gato. Mbega niyihe ministère yoshobora gufata décision bakabihindura?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
11
9
47
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
I was honored to be a moderator for the conference on tourism and green investment. Thanks @visit_burundi for the opportunity 🇧🇮🙏 #worldtourismday 📸 @IngoMagazine ❤️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
4
46
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
Mwakoze cane Muvyeyi🙏🏽 Impanuro mwaduhaye tuzozigendera.
@Burundi1stLady
Angeline Ndayishimiye Ndayubaha
4 years
C’était une immense joie de recevoir les heureuses gagnantes du concours Miss Burundi 2021. Je leur ai prodigué des conseils qui leur seront utiles au cours de leur mandat et au délà. Je leur ai réitéré mon engagement à les soutenir dans la réalisation de leurs projets.
Tweet media one
Tweet media two
9
109
296
0
5
42
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
1000 followers 🙏🏽 Murakoze cane/ Merci Beaucoup/ Thank you very much. #Abantoyemwese #nabanshigikiramwese Ico ndi uyu misi n’Imana yakingize ibicishije muri mwebwe, iyo mutemera ntivyari kuba uko vyabaye. Ndabashimiye vy’imvamutima🙏🏽 Ni mwirambire
Tweet media one
4
1
45
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#abatwip #RwOT Donc Ngo Kera Umwami w’Uburundi n’Urwanda hagize ikibazo kiba hagati yabo baca bakina #urubugu kugira ngo basubire biyunge(pour se réconcilier) turabe tubigirekooo🥺🇧🇮 🇷🇼 #AbatwipIsango2
Tweet media one
2
7
43
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
* #ToraDative muri Miss Burundi 2021*🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Mu gutora: - Smart na EconetLeo, mupfonda *190*8# hama mukarungika numéro 21. - Lumitel Burundi, murungika muri SMS numéro 21 kuri 190. *Menya Neza*: Urashobora gutora rimwe ku musi imisi yose kugeza itariki 8 Ndamukiza. Murakoz can
Tweet media one
0
8
44
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
C’est un très grand honneur et plaisir pour moi🙏🏽 Merci beaucoup à @Fescab_Official pour l’opportunité.
@MagazineJimbere
Jimbere
3 years
🔴 @UwimanaDative2 , Miss Popularity dans #MissBurundi2021 , sera la marraine de la 12è édition du @Fescab_Official , annonce ce 20/05, Léonce Ngabo, président du #Festicab lors d'une conférence de presse et la signature d'un partenariat de sponsoring avec la banque #BCB #Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
3
24
1
4
38
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
« Take our destiny in hands, take the lead in the march towards development, Stop victimizing ourselves, Be aware that our femininity does not condition our capacities. Abolish all the forms of domination, the key is you, it's me, it's all of us ». #HDW
Tweet media one
1
6
40
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
#TIMUN2021 🇧🇮🇧🇮🇧🇮Words can neither qualify nor quantify how enlightening and educative this platform has been. I am forever grateful to God who made it to this step. Special thanks to @YUNATanzania for your work. #burundi
Tweet media one
2
5
41
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Yes or No? #Abatwip
Tweet media one
8
2
38
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
🇧🇮😍VOTE FOR DATIVE UWIMANA Please!!! Hello dear Ladies and gentlemen . Here is your girl again looking for your support🙏☺️ I have the honor of representing 🇧🇮 for the final of the AWA Prize 2023 international competition organized by @Enabel_Belgium 1/2 To vote👇🏿👇🏿👇🏿
Tweet media one
3
3
38
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
✨Miss University Africa🥳 #abatwip ama votes yatanguye. Ja kuri @MUAburundi utore uwo wipfuza ko yoserukira Uburundi🇧🇮❤️ @bestof257 @burundionthemap @ikazeventures @RugoriGroup @JimbereMag @akezanet @IngoMagazine
Tweet media one
5
5
36
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#WorldTourismDay2023 🙂This Tuesday, i had an honor to be invited by the @US_Emb_Burundi , to to attend their monthly program in the American Center. The topic was: « The role of young people in promoting Eco-tourism » 1/2
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
4
37
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
So Excited for this His Excellence . Thank you again for honoring me🙏🏽🇧🇮
@willynyamitwe
Amb. Willy Nyamitwe
3 years
I met with Miss @UwimanaDative2 while she was on her way back from #Turkey . We had a fruitful discussion on how we can collaborate for a successful Reflection forum on Youth, Peace and Security in #Africa , to be held in #Burundi on the 25th of April.
8
27
106
2
2
35
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
#africanrebirth Attending the High Level Ministerial conference on the role of governments, regional economic communities and regional mechanisms in promoting the YOUTH, PEACE AND SECURITY AGENDA. . Ambassador at @african_rebirth follow us. @JadotNkurunziza @GloireAimee
Tweet media one
Tweet media two
2
2
37
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Mahoro cane @MinCommerce . Nk’abarundi dukunda igihugu cacu turanezererewe kino gikorwa. Hanyuma nk’aba Guides Touristiques turafise vyinshi twoterera kugira ngo kino gikorwa kizogende neza kurisha. Mutwemereye ko duterera ryoba ari iteka cane. Murakoze! @GisaboT @visit_burundi
@MinCommerce
MinCommerce,Transport,Industrie&Tourisme
2 years
Le @MinCommerce En collaboration avec le @jumuiya organise une Foire Exposition touristique régionale du 23 au 30 septembre 2022 à Bujumbura. 😉Une opportunité à ne pas rater... @NIJIMBEREMarie1 @NtareHouse @Ikiriho @JimbereMag @akezanet @BurundiEco @RT_Isanganiro @RTNBurundi
1
14
37
4
3
35
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
😊Amahorooo Mwesee Programme ya samedi ipanze uku. Karibu tuganire kuvyerekeye Ubukerarugendo mu Burundi Nzoba ndikumwe na @GisaboT na @visit_burundi twatumiwe na @burundi_connect . SEE YOU THERE🥳 Fruitful week to you all ❤️ #visitburundi #burundi #tourburundi #ikazeventures
Tweet media one
0
9
35
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
Merci beaucoup Cher Ambassadeur 🙏 c’est très encourageant .
@willynyamitwe
Amb. Willy Nyamitwe
1 year
Elle est professionnelle et un modèle pour d’autres jeunes du #Burundi et d’Afrique. VOTEZ pour Dative Uwimana ( @UwimanaDative2 ) en suivant ce lien:
5
28
119
1
4
36
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
😍 Merci à l’organisation @MissBurundi_Org
@MissBurundi_Org
MISS BURUNDI OFFICIEL
3 years
Tweet media one
Tweet media two
1
4
80
0
2
36
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
GRAND Merci à @EnabelauBurundi ☺️🙏MERCI beaucoup pour votre soutien.
@EnabelauBurundi
Enabel au Burundi
1 year
Encore une fois le #Burundi au podium🥳🤡! Toutes nos félicitations à @UwimanaDative2 fondatrice de @ikazeventures qui remporte le concours #Awa2023 de la Belgique, "Prix du public"! Nos félicitations aussi à Leila KATEFERI de @ktfconcept qui remporte le 2ème prix innovation!👏👏
Tweet media one
4
18
91
2
3
37
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
😍Ninde Muntu akora Gâteaux zitesa aha Buja? Aba Pâtissiers mwese twagiyeeee💃🏻 • Ni @pamchanneltv yabateguriye ihiganwa rya •MEILLEUR GÂTEAU DE BUJUMBURA• Nimba uzi gukora ama gâteaux cank ufise umugenzi abizi, please ntimutangwee kwiyandikisha, date limite ni le 26 Février.
3
8
36
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
🤔okay. Imbere y’ivyo bari bakwiye kubanza kwigisha les guides bo murayo ma Parc Nama réserves uko bakora localisation y’ibikoko bibayo. Kuri Google umu client aza yabony ibikoko biriyo genre ama babouins, chimpanzés, buffles, antilopes,... ariko tugiyeyo tubibona incuro 1/10.
@RT_Isanganiro
Isanganiro
2 years
Une nouvelle technologie utilisant les caméras de surveillance dans la conservation des aires protégées va bientôt être mise en place au #Burundi afin de moderniser ce secteur. #Abatwip
Tweet media one
Tweet media two
3
10
38
2
4
34
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
4 years
#Abatwip Je nibaza ko bikunda cane ko Dukunda IVYIWACU tutarinze kwanka IVYABANDI.
2
4
32
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
Uburundi🇧🇮❤️
Tweet media one
Tweet media two
1
3
35
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
2015*😂😂😂😂 #abatwip ndabakunda. Thanks for this picture 🥺😍 ntayo narinzi😅 aha yari kuri Beat i guess!
@Nitchandrou
Tchandrou Nitanga 📸
3 years
Le 12/09/2021 @UwimanaDative2 at Beats. #abatwip our miss never get old, she just age gracefully, look at here 6 years before.
Tweet media one
2
0
20
1
1
32
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
This😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@RGisanintwari
Rameck Gisanintwari
2 years
This Video deserves a thousands Retweet and likes "🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮"
30
214
1K
0
2
35
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
9 months
#abaX 😍Me doing my favorite job🇧🇮. Uyu mwaka ntuhere udatembereye u Burundi vrt. Contact @ikazeventures for your trips in 🇧🇮. #visitburundi #burunditourguide #kazeiburundi #tembeanyumbani
Tweet media one
@ikazeventures
IKAZE Ventures 🇧🇮
9 months
#LakeTanganyika 🇧🇮😍 Boat Cruise. Have you visited the amazing lake Tanganyika yet? The fishiest lake in the world, the longest fresh water lake in the world, the second biggest lake in Africa? BOOK YOUR BOAT CRUISE WITH US: +25761887495 (available on WhatsApp) #burunditour
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
8
53
3
13
115
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
3 years
Africa is not poor, It was just made poor, and Africans kept that in mind. Let’s change our mindset as Africans and be proud of who we are. Thank youuu so much to my guests tonight . See you Next week with my New Guest🥳🥳🥳
1
3
31
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
1 year
Merci beaucoup @akezanet pour l’article ☺️🙏. Si vous voulez connaître à quoi ressemble le métier de guide touristique, lisez cet article:
@akezanet
AKEZA Burundi
1 year
🔴Le métier de guide touristique est une profession passionnante et polyvalente qui permet de découvrir de nouveaux horizons tout en partageant son amour pour son pays. Au Burundi, @UwimanaDative2 , entrepreneure et guide touristique, nous parle de son parcours, sa passion et les
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
10
78
1
4
31
@UwimanaDative2
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
2 years
🗣🗣Aya macarreaux yo kuri SOURCE DU NIL turasavye akurwehooo😭 Source imere nkuko yari kera tubone amazi ava mu misozi. Sinon n’akamaramaza🙏🙏 @MinCommerce turabasavye mudufashe. @visit_burundi @GisaboT @MuiraTours @la_Cardine @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
8
1
30