UBUMWE Profile Banner
UBUMWE Profile
UBUMWE

@UbumweHebdo

18,156
Followers
955
Following
8,998
Media
9,769
Statuses

UBUMWE ni co Kinyamakuru conyene candika mu rurimi kavukire kandi gisohoka rimwe mu ndwi. Soma uronke amakuru atohojwe neza, adahengamye kandi yubaka.

Burundi
Joined June 2016
Don't wanna be here? Send us removal request.
Pinned Tweet
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Ubuyubozi Bukuru bw'iyandikiro ry'ibinyamakuru vya Reta ( @LeRenouveauBdi & @UbumweHebdo ), bwaramaze kwugurura ishami ryabwo ku murwa mukuru wa Politike @Gitega . Ibiro vy'iryo shami bikaba biri mu nyubakwa iri imbere y'ibiro vy'intara ya Gitega @NtareHouse @BurundiGov @mincotim
Tweet media one
3
37
58
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kwugurura icese Televisiyo Buntu iri ku musozi wa Buye Komine Mwumba intara ya @NgoziProvince .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
42
142
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Imifuko y'isima ingana 290 yononekaye yari igenewe kwubaka ikibuga c'umupira w'amaguru mu ntara ya Muramvya,ni Buramatari ategerezwa kuyiriha bitarenze ku musi wa mbere igenekerezo rya 21 Myandagaro 2023.Amahera yayo akazoyashira kuri konte yagenewe amahera ya Reta yagarujwe.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
15
21
82
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umukuru w'igihugu c'u #Rwanda @PaulKagame ahejeje gushika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye, akaba yitavye inama idasanzwe igira 20 iza guhuza abakuru b'ibihugu bigize akarere @jumuiya kuri uyu wa 4 Ruhuhuma 2023, ijanye n'ikibazo c'umutekano w'igihugu ca Congo.
Tweet media one
Tweet media two
4
37
81
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe ahejeje gufata urugendo ruzomushikana mu gihugu ca Emirats Arabes Unis aho yitavye ibikorwa vy'inama ya cop28 .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
49
79
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Kuri uyu wa 11 Ruhuhuma 2024, Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe @Burundi1stLady , yifadikanije n'abakirisu ba Paroisse #Rwarangabo iri muri Zone Gatsinda Komine Mwumba intara ya @NgoziProvince , mu nkuka ya misa.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
54
72
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Ku murwa mukuru w'intara ya @KirundoProvince , Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ariko arakoresha inama y'umwiherero n'abagize inyabune: Intwaro, umutekano,kwivuna abansi n'ubutungane.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
9
41
72
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kwakira ku kirimba i Kiriri urwaruka rwaje ruva mu bihugu bitandukanye vya Afrika ruje kwifatanya n'urwaruka rw'imbonerakure z'umugambwe @CnddFdd mu guhimbaza umunsi mukuru wahariwe Imbonerakure.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
41
65
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'u #Rwanda Jeanette Kagame ( @FirstLadyRwanda ) ahejeje gushika ku kibuga c'indege citiriwe Melchior Ndadaye. Yitavye ubutumire bwa mugenzi we w'u #Burundi , @Burundi1stLady , akaba aje mw'ihuriro ry'abakenyezi b'imboneza ku ncuro igira 4.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
28
77
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu, @GeneralNeva yaganutse avuye mu rugendo rw'akazi mu gihugu ca Gabon. Umuvugizi w'Umukuru w'igihugu, @Gatoni_RG yamenyesheje ko muri urwo rugendo,Umukuru w'igihugu yateye umukono ku masezerano 3 yo gufashanya mu gutsimbataza imigenderanire hagati y'ivyo bihugu 2
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
25
73
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 months
Umukuru w'igihugu c'Uburundi @GeneralNeva arikumwe n'umuryango wiwe,abagize Reta, n'abandi bategetsi bakuru bakuru, yifadikanije n'abakristu ba Paroisse Cankuzo mu nkuka ya misa yo kwugurura igikorane c'igihugu c'amasengesho arangiza umwaka wa 2023.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
55
72
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kuganuka avuye mu gihugu ca #RDCongo ,aho yari yagiye mu rugendo rujanye n'amabanga ajejwe mw'ishirahamwe ry'Ubumwe bw'ibihugu vy'Afrika yo gukurikirana ishirwa mu ngiro ry'amasezerano yerekeye amahoro n'umutekano mu #RDCongo be no mukarere
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
37
70
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Mu ntumbero y'umwaka mushasha w'2024,Umugambwe @CnddFdd watanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru kugira ugire ico ushikirije ku bijanye n'ubuzima bw'igihugu. Umunyamabanga Mukuru @R_Ndikuriyo yabanje gutera ivyatsi ubwicanyi bwakorewe abenegihugu bo muri zone Gatumba @BujumburaProv
Tweet media one
2
36
67
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yagendeye ibitaro vy'abasirikare vyo mu Kamenge @MairieBuja ,aho yaragiye kwibarutsa no guhoza umuvyeyi yaheruka kuhibarukira abana 6.Ariko ubu babiri bakaba bamaze kwitaba Imana.Yamuhaye ibahasha n'ibindi birezo vy'abana basigaye
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
32
66
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Umugambwe @CnddFdd watunganije amasengesho nk'uko vyama ku musi wa kane urangiza ukwezi.Ku rwego rw'igihugu akaba yabereye ku cicaro gikuru c'uwo mugambwe kiri mu Ngagara.Icivugo cari:Bagumyabanga,mu bumwe budacika dusenge dukore ibikorwa bidushikana ku burundi bwifashe muri 2040
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
35
60
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ariko arava mu ntara ya #Kirundo aha i #Ngozi ,yahise aramutsa abenegihugu bo ku mutumba Ruvumu Komine Kiremba intara ya Ngozi,aho bari bahejeje gukora ibikorwa Rusangi vyo gutera amavoka. Akaba yabashimiye kuba bari ku kivi yongera abatera n'intege
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
28
59
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi,Gervais Ndirakobuca yifadikanije n'abavuka ntara ya @CibitokeProv aho baramutse bipfurizanya umwaka mushasha wa 2024, kuri uyu wa 25 Ruhuhuma 2024.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
29
60
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe @Burundi1stLady yaganutse kuri uyu wa 18 Ruhuhuma 2024 avuye mu gihugu ca Ethiopie aho yari yitavye inama y'Abakuru b'ibihugu n'ama Reta igira 37 y'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika. 1/2 📸 @NtareHouse
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
32
63
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 months
Ikarata karangamuntu ikozwe mu buryo bwa none(carte d'identité biométrique) niyo izosabwa mu kwiyandikisha ku bazotora mu matora yo mu mwaka wa 2025.Vyashikirijwe n'umushikiranganji wa @MininterInfosBi Martin Niteretse inyuma yaho hari hahejeje kuba igeragezwa ry'iyo karangamuntu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
19
61
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Mu ntara ya Butanyerera barihaye intumbero ko amafranga mvamakungu ategerezwa kuzinjira mu gihugu avuye mu giterwa c'ivoka.Bishikirizwa n'Umunyamabanga w'umugambwe @CnddFdd muri iyo ntara Habimana Ferdinand mu ngendo ariko arakora mu mitumba ahimiriza abenegihugu gutera amavoka
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
11
28
60
@UbumweHebdo
UBUMWE
11 months
Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady ahejeje kwakira uwuserukira igihugu c'Ububirigi mu Burundi Michael Wimmer. Yari aje kwimenyekanisha kuko ari mu mezi ya mbere agenywe muri ayo mabanga.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
57
61
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Kuri uyu wa 13 Ruhuhuma 2024,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe yateye iteka urubanza rwo gushingurana iteka Umuvyeyi w'uwahoze ari Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza,Domitille Minani,rwabereye i Buye Komine Mwumba intara ya @NgoziProvince
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
39
56
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Ku Kirimba c'Umukuru w'igihugu kiri mu ntara ya @KirundoProvince , Umukuru w'igihugu @GeneralNeva , ariko akoresha umwiherero na Buramatari b'intara zose z'Uburundi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
39
60
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza yafashe urugendo rumushikana mu gihugu c'Ubutariyano, aho aserukiye Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye mu nama izohuza Abakuru b'ibihugu vya Afrika n'ico gihugu ijanye n'ugufungura neza hamwe no kubungabunga amagara y'abantu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
37
60
@UbumweHebdo
UBUMWE
11 months
Umukuru w'igihugu ca Somaliya Hassan Sheikh Mohamud ahejeje gushika ku kibuga c'indenge Melchior Ndadaye aho aje kugendera Uburundi.Yakiriwe n'umushikiranganji wa @MAEBurundi , @AShingiro arikumwe n'abashikiranganji batandukanye bo muri Reta y'Uburundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
54
59
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje gufata urugendo rw'akazi kuri uno wa 15 nzero 2024 rumushikana i Libreville mu gihugu ca Gabon.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
25
56
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yakiriye i Bugendana muri zone Bitare mu ntara ya @Gitega aho asanzwe arangurira imigambi y'uburimyi n'ubworozi bwa kijambere, uwatanguje umugambi Songhai mu gihugu ca Bénin, patiri Godfrey N'zamujo.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
18
58
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Igisabisho c'igihugu co gushimira Imana kikazomara imisi 6,mu ntara ya @KirundoProvince ,kuri uyu wa 26.12.2022,catangujwe n'inkuka ya misa yabereye kuri Paruwasi Gasura muri Komine Vumbi, yatewe iteka n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
28
59
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kuganuka avuye mu rugendo rwamushikanye mu gihugu ca Namibia.Aho yari yitabiriye ibirori vyo gushingurana iteka Dr. Hageze G.Geingob yahoze arongoye ico gihugu aherutse kwitaba Imana.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
8
28
51
@UbumweHebdo
UBUMWE
4 years
#Burundi 22/9/2020, Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yateye iteka ibirori vyo guhimbaza umunsi mukuru wahariwe gufungurira abana ku mashure muri #Afrika . Ivyo birori bikaba vyahimbarijwe kuri ECOFO Rugarama iri muri komine #Busoni intara ya @KirundoProvinc .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
24
55
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca, yafashe urugendo ruzomushikana mu bihugu vya Kenya na Turquiee, aserukiye Umukuru w'igihugu. Mu gihugu ca Kenya, azokwirikirana inama igira 6 y'ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe gukurikirana ibidukikije.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
5
34
56
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Umukuru wigihugu @GeneralNeva ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe yafashe urugendo ruzomushikana i Beijing mugihugu C'Ubushinwa kwitabira inama izohuza Ubushinwa n'ibihuhu vya Afurika kubijanye n'imigenderanire.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
14
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yuguruye icese ihinguriro rishasha rihingura icayi riri mu ntara ya Muramvya, Lovimax Tea Factory, ryubatswe n'umurwizatunga Umukenguzamateka Victor Girukwishaka.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
16
55
@UbumweHebdo
UBUMWE
5 months
Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yagendeye kuri uyu wa 24 Rusama 2024, irerero ry'impfuvyi "Umusamariya w'Imbabazi" ry'Umutambukanyi w'uwahoze ari Umukuru w'igihugu,Denise Nkurunziza, riri i #Buye muri Komine Mwumba y'intara ya @NgoziProvince
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
29
56
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Umugambi wo gufungurira abana kw'ishure waratumye ubumenyi bwiyongera,ibitigiri vy'abaheba biragabanuka.Vyashikirijwe n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva mu gihe yari aramutse yugurura ibirori vy'uguhimbaza, ku ncuro y'icenda umusi wahariwe gufungurira abana ku mashure muri Afrika.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
5
36
53
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Mu mugambi wo kugira isuku ngo dukingire amagara yacu,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yagendeye mu bibanza bimwe bimwe vyo hagati mu gisagara ca @MairieBuja kugira ngo arabe ingene abahaba n'abahakorera bagira isuku, yongere yifatanye nabo muri ico gikorwa.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
22
35
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza yagendeye, kuri uyu wa 18 Mukakaro 2024,ishami ry'ihinguriro ry'ibinyobwa @brarudi_sa riri i @Gitega . Akaba yashimiye ihinguriro Brarudi ko kuva ribaho ryagumye rigwiza ivyo rihingura rifatiye kw'igwirirana ry'abavyihereza.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
24
43
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yahaye umubonano intumwa z'ubumwe bwa burayi zirongowe n'umuyobozi mukuru ajejwe imigenderanire hagati y'ubumwe bwa burayi n'umugabane w'Afrika Rita Laranjinha. Mu vyo baganiriye harimwo gukomeza imigenderanire hagati y'Uburundi n'Ubumwe bwa burayi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
27
51
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora @CeniBurundi watunganije umwiherero wari werekeye gushira ku kivi abakozi hamwe no kurabira hamwe icokorwa kugira amatora igihugu cimirije mu mwaka w'2025 azogende neza. Vyashikirijwe na Prosper Ntahorwamiye arongoye uwo murwi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
35
51
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yafashe urugendo rw'akazi rumushikana mu gihugu ca Zambiya,aho yitavye ubutumire bwa mugenzi we Hakainde Hichilema nk'umutumire w'iteka,azokurikirana incuro ya 96 yo kwerekana ubuhinga mu bijanye n'uburimyi n'ubudandaji itegekanijwe ku wa 3.8.2024
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
18
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yaganutse kuri uyu wa 3 Myandagaro 2024, avuye mu rugendo rw'akazi mu gihugu ca Zambiya
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
13
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Ku mugoroba w'uwa 8 Nyakanga 2022 niho Umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi L.G de Police Gervais Ndirakobuca, yabisikanya n'uwo asubiriye Général de Police Alain Guillaume Bunyoni. Ibirori vyabereye mu biro vy'umushikiranganji wa mbere @KwaNtare
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
20
55
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ari kumwe n'icegera ciwe hamwe n'umushikiranganji wa mbere bitabiriye ku munsi ugira kabiri mw'ihwaniro rya Reta n'abarwizatunga ririko ribera mu gisagara ca Bujumbura.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
39
52
@UbumweHebdo
UBUMWE
6 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje gutanguza icese inyigisho z'inyifato ibereye mu gutegura amatora ya 2025 i @Gitega .Yahamagariye abarundi kwitabira amatora mu gutora no kwitoza.Izoba ari intambwe yindi igihugu giteye mugutsimbataza intwaro ishingiye kubenegihugu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
28
47
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'icegera c'Umukuru w'igihugu,umushikiranganji wa mbere,abagize Reta,abaserukira ubuzi butandukanye,ariko arifatanya n'abenegihugu bo mu gisagara ca @MairieBuja mu bikorwa rusangi vyo kwubaka ikibuga c'umupira w'amaguru #Stade_Intwari
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
13
27
52
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Gutera amavoka nimiburiburi ibiti 10 ku muryango,kworora inkwavu,Gukora bivuye inyuma kugira barwanye ubukene,ni zimwe mu mpanuro,Habimana Tito arongoye umugambwe @CnddFdd muri Komine Kirundo,intara ya #Butanyerera ,agenda araha abagumyabanga n'abenegihugu muri rusangi...1/2
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
43
50
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza ahejeje gufata urugendo ruzomushikana i Genève mu gihugu ca Suisse aho agiye guserukira Umukuru w'igihugu mu nama igira 55 y'agateka ka zina muntu izoba kuva kw'igenekerezo rya 26 gushika ku rya 29 Ruhuhuma 2024.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
24
46
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umushikiranganji wa @MAEBurundi @AShingiro , yashikirije Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ,agashimwe yahawe nk'umushikiranganji mwiza w'imigenderanire no gufashanya muri Afrika. Yagashikirijwe n'ishirahamwe "Business Executive Group Ltd", ku wa 8 Ruhuhuma 2024, mw'izinga île Maurice
Tweet media one
Tweet media two
3
21
49
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Umukuru w'Inama Nshingamateka Gélase Daniel Ndabirabe ahejeje gufata urugendo rumushikana mu gihugu c'Ubushinwa aho yitavye ubutumire bw'uwurongoye inama Nshingamateka y'ico gihugu .Yamenyesheje ko hazoba inama igira 7 ihuza urwaruka rwo mu gihugu c'ubushinwa n'urwo muri Afrika
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
17
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza yagize urugendo muma Komine ya Rugazi na Gihanga @BubanzaProvince . Urugendo akaba yaruhereye muri zone Muzinda,aho yagendeye ihinguriro rihingura umuvinyu bakoresheje ivyamwa vy'amavoka,imyembe,pasiteke n'ibindi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
11
34
@UbumweHebdo
UBUMWE
5 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yuguruye icese umuyagankuba uturuka ku mishwarara yizuba wubatswe mu mugambi "UMUCO W'ITERAMBERE" ufashwe mu mugongo n'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Buraya, @PNUDBurundi na #FAO , ku mutumba Shanga Komine Buhiga intara ya @KarusiProvince .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
21
46
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Umushikiranganji wa @MininterInfosBi Martin Niteretse ahejeje gushikiriza imiduga mishasha 18 abakomiseri mu giporisi bajejwe urwego rw' umutekano mu ntara na 5 zaronkejwe abakomiseri bajejwe umutekano mu burere bw' igiporisi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
13
49
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umukuru w'igihugu ca Kenya @WilliamsRuto ahejeje gushika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye, akaba yitavye inama idasanzwe igira 20 iza guhuza abakuru b'ibihugu bigize akarere @jumuiya kuri uyu wa 4 Ruhuhuma 2023, ijanye n'ikibazo c'umutekano w'igihugu ca Congo.
Tweet media one
Tweet media two
1
27
48
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Kuri uyu wa 10 Ruhuhuma 2024, Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yaramutse agendera Koperative Terimbere Mukenyezi aho yari iramutse isarura umurima w'ibigori uri ku mutumba Rambo Komine n'intara ya #Kirundo
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
27
45
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Umutumba wa Murehe uri muri komine Busoni @KirundoProvince urimwo ubutare bwo mu bwoko bwa korota na kasiterite bushika itoni 12.700.000.Vyamenyekanye mu gihe Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yari aramutse agendera ishirahamwe BUMECO ririko rirakora ibikorwa vyo kwimba aho rigejeje
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
8
24
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
1. @PaulKagame arafise ubwoba Ko ibinyoma Reta yiwe ikoresha kugira ije gusahura amabuye y'agaciro muri #RDCongo vyahinyutse. Ubwo bwoba bwatumye, mu kiganiro yahaye @jeune_afrique , yita mubitamuraba anegura Ko hari ingabo z' U #Burundi zarungitswe gufasha #RDC kurwanya #M23
Tweet media one
16
20
48
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Mu ntumbero yo guhimbaza umusi wahariwe gufungurira abanyeshure kw'ishure muri Afrika,Reta y'Uburundi irikumwe n'abayishigikira mu migambi y'iterambere n'abaserukira ibihugu bigize umuryango w'Ubumwe bwa Afrika yatunganije,inama yo guhanahana ivyiyumviro vyo kwagura uwo mugambi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
27
43
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza, yifatanije n'abenegihugu bo mu ntara ya Mwaro komine Gisozi,ku mutumba Gatare, mu bikorwa rusangi vyo kwegeranya amabuye ahariko hetugwa ikibanza kizokwubakwamwo ikibuga mpuzamakungu co kwinonora imitsi citiriwe Agasumo ka Mwaro.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
21
43
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombanza yaganutse avuye i New Delhi mu gihugu c'Ubuhindi aho yari yaserukiye Uburundi mu nama nkuru yahuje ibihugu vya Afrika n'igihugu c'Ubuhindi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
15
30
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Mu bikorwa rusangi vyo kuri uyu wa 3 Ntwarante 2024,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yifatanije n'abenegihugu bo muri Komine Nyabihanga intara ya @MwaroProvince mu bikorwa vyo gusiga isima mu birasi bine biriko birubakwa kw'ishure shingiro rya kivuzo riri muri zone ya Nyabihanga.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
25
42
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Ku kirimba @KwaNtare ,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ,yuguruye icese umwiherero w'imisi 2 w'abagize Reta y'Uburundi. Ni mu ntumbero yo kurabira hamwe uko umugambi wo gutunganya amahera Reta ikoresha ifatiye ku bikorwa wifashe, n'icokogwa kugira utere uja imbere.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
25
46
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yatunganije urugendo shure ku barongoye imigambwe yemewe n'amategeko mu Burundi,kuri uyu wa 31 Nzero 2024. Akaba ariko arabatembereza aho asanzwe arangurira imigambi y'iterambere mu ntara za @Gitega na @KarusiProvince
Tweet media one
3
23
45
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Umukuru w'igihugu ca #RDCongo Felix Tchiskedi ahejeje gushika ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye, akaba yitavye inama idasanzwe igira 20 iza guhuza abakuru b'ibihugu bigize akarere @jumuiya kuri uyu wa 4 Ruhuhuma 2023, ijanye n'ikibazo c'umutekano w'igihugu arongoye.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
29
46
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Kw'izina ry'Abarundi bose no kw'izina ryiwe,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yashitse ahari icicaro c'intumwa ya Papa mu Burundi,aho yari agiye kwandika mu gitabu co guhoza umuryango wa Ekleziya Gatorika,inyuma y'urupfu rw'uwahoze ayirongoye Papa Benoît XVI,aheruka kwitaba Imana
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
19
47
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yakoresheje inama abegwa n'igisata c'ubutare n'agataka kugira baganire ku bijanye n'iterambere ry'igihugu.Yabasavye gukunda igihugu no kugiraranira amasezerano meza n'abanyamitahe mu vyerekeye gucukura ubutare kuko vyotuma hinjira amahera mu gihugu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
24
41
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Ku civugo "Uburundi buteye imbere bwubakwa n'intwari ", hibukanywe iteka ku muhingamo w'uwu wa 02 Myandagaro 2024 Adolphe Nshimirimana. Ibirori vyahereye ku gushira ingori z'amashurwe ku ntatemwa, hakurikira inkuka ya misa yarongowe n'umwibutsamana mu gisirikare Fulgence Kamuntu.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
13
21
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu, @GeneralNeva ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe,ahejeje gufata Urugendo rumushikana mu gihugu ca Ouganda,aho yitavye inama igira 19 yerekeye ibihugu ataho bihagaze ufatiye ku ma politike y'ibihugu biteye imbere, itegekanijwe ku wa 19 Nzero 2024, i Kampala.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
22
44
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 days
Ku wa 27 Nyakanga 2024, Umukuru w'igihugu c'Uburundi @GeneralNeva yazindutse mw'ikambi ya gisirikare ya Mabanda mu ntara ya @makambaProvince aho yari yagiye gutera intege abasirikare bakiri mu myimenyerezo muri iyo kambi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
14
36
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Ibikorwa vyo kuri uyu w 20 Mukakaro 2024,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yabitanguriye ku mutumba Gihofi, komine Bukemba intara ya Rutana aho yari aramutse agendera koperative "Twitezimbere" irongowe na Claude Sinzumusi ahingura amakara mu micafu. Yahawe kngurane n'ikigo #PAEEJ
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
10
22
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Kuri uno wa 12.8.2024,umunsi urangiza urugendo "Caravane inkebuzo",Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yijeje abarundi ko ibitoro vya mbere biza gushika uyu munsi nyene.Yavuze ko hari n'ubundi bwato 2 bukiriko buraza.Aremeza ko ibitoro bibura kubera ububegito bw'indongozi zimwe zimwe
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
22
31
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Kuri uyu wa 15 Myandagaro 2024, umushikiranganji wa mbere, Gervais Ndirakobuca yafashe urugendo rumushikana i Libreville mu gihugu ca Gabon, aho agiye guserukira Umukuru w'igihugu mu birori vyo guhimbaza imyaka 64 iheze ico gihugu kironse intahe yo kwikukira.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
18
29
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kwisansumisha mu ntumbero ya rusansuma rw'abanyagihugu,uburaro,uburimyi n'ubworozi. Yateye akamo abantu bose kwitaba rusansuma bishure ivyo babazwa ata kubesha.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
19
29
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Buramatari w'intara ya @NgoziProvince , Désiré Minani,yakoredheje inama kuri uyu wa 27 Ruhuhuma 2024 abajejwe igisata c'indero mu ntara. Intumbero yari iyo kwirimbura hamwe no kwiha intumbero yotuma igisata c'indero gitera imbere
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
23
44
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Ku wa 5.3.2024,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yarahaye umubonano @KwaNtare ,intumwa idasanzwe y'Umukuru w'igihugu ca Afrika y'epfo Jeff Radebe yari amuzaniye ubutumwa bwa mugenzi we,bushimikiye ku cipfuzo co gutsimbaza imigenderanire isanzwe iri hagati y'Uburundi na Afrika y'epfo
Tweet media one
Tweet media two
2
28
41
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Mu gihe Uburundi bwibuka ku ncuro igira 3 uwari Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana,mu mugambwe @CnddFdd bavuga ko Petero Nkurunziza ariwe yashize mu ngiro amasezerano ya Arusha be n’amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Reta mfatakibanza n’umuhari CNDD-FDD
Tweet media one
6
20
44
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Muri rwa rukurikirane rw'urugendo bise Caravane inkebuzo, kuri uyu wa 27 Mukakaro 2024,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yifadikanije n'abenegihugu n'urwaka ruri mu buruhuko ku mutumba Ruhande,komine Gishubi, @Gitega mu bikorwa rusangi vyo guca imikobeko yo gukingira isi ndimwa.
Tweet media one
Tweet media two
2
13
25
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Mu gisagara ca Bujumbura,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yuguruye ihwaniro ry'abakenyezi baje bava mu karere kibiyaga binini rizomara iminsi 2 kuva ku wa 22 gushika ku wa 23 Myandagaro 2024.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
13
30
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Muri rwa rukurikirane rw'urugendo bise "Caravane inkebuzo" Umukuru w'igihugu yakiranywe igishika n'abenegihugu bo muri komine Shombo, mu gihe Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Mukakaro 2024, yari aramutse agendera intara ya @KarusiProvince .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
13
27
@UbumweHebdo
UBUMWE
5 years
#Burundi Umugwi w,abakinyi mu gutwenza bahawe umubonano n,Umukuru w,igihugu @pnkurunziza umwe muribo yaramuzaniye agashimye yahawe n,iradiyo y,abafaransa nk,umukinyi wambere mu gutwenza muri #Afrika
Tweet media one
Tweet media two
3
25
44
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Icegera c'Umukuru w'igihugu Prosper Bazombaza yaganutsa ava mu rugendo rwari rwamushikanye mu gihugu c'Ubutariyano,aho yari yaserukiye Umukuru w'igihugu mu nama yahuje ibihugu vya Afrika hamwe n'Ubutariyano.Inama yari ifise intumbero yo kurabira hamwe ibibazo bijanye n'iterambere
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
0
19
41
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Ku ncuro igira 8,hariko harahimbazwa mu gisagara ca @MairieBuja umusi wahariwe Imbonerakure z'umugambwe @CnddFdd . Ibirori bikaba vyatewe iteka n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ari kumwe n'umutambukanyi wiwe,hamwe n'imigwi y'urwaruka rwavuye mu bihugu bitandukanye vya Afrika
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
12
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 year
Mugihe Uburundi bwibuka ku ncuro ya 3 uwari Umukuru w'igihugu Petero Nkurunziza yitavye Imana,mu nama nkuru y'urwaruka @cnjb_burundi bavuga ko ivyiza yakoreye Uburundi bikwiye kwandikwa bikaja mu nyigisho zo mu mashure kugira ntibize vyibagirwe kuko yahaye ishusho nziza igihugu
Tweet media one
5
21
45
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Ni muve mu majambo muje mu bikorwa,kugira isuku bibe igikorwa ca misi yose aho mubaye n'aho murangurira imirimo ya misi yose. Ayo ni amwe mu majambo y'umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady Ndayishimiye, mu rugendo yarimwo mu ntara ya @RumongeProvince .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
14
30
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Muri komine Bukinanyana, intara ya #Cibitoke ,Umushikiranganji wa mbere,Gervais Ndirakobuca ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe,bifadikanije n'abenegihugu bavuka muri iyo Komine,abahakorera n'abigeze kuharangurira imirimo, mu birori vyo kwipfurizanya umwaka mushasha wa 2024.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
24
42
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Kumusi wahariwe gufashanya mukibano,aserukiye umuryango w'umukuru w'igihugu,Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yahaye imfashanyo abarwayi bari mu bitaro umugiraneza be n'ibitaro vy'akarere vya Kibimba muri komine Giheta intara ya @Gitega kuwa 2 Myandagaro 2024.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
9
22
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Ku muhingamo wo kuri uyu wa 13 Myandagaro 2024,Umukuru w'igihugu c'Uburundi @GeneralNeva yahaye umubonano ku kirimba iwe kiri ku murwa mukuru wa politike i @Gitega ,abagize inama nkuru y'abepisikopi katolika b'i Burundi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
10
24
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Abantu 5 nibo bagirizwa n'igiporisi ko bakora impapuro za magendu zisanzwe zitangwa n'ibisata bitandukanye. Vyashikirijwe n'umuvugizi wa @MininterInfosBi , @Cinjire , inyuma y'amatohoza igiporisi cakoze ku nzu 2 z'iyandikiro imwe iri hafi y'ikigo OTRACO muri karitiye Ngagara
Tweet media one
4
14
39
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yagendeye ikivuko ca Bujumbura kiriko gisubirwamwo n'ishirahamwe Khoury Contracting Company kugira yirabire aho ibikorwa bigeze inyuma y'ikiringo c'amazi 6 giheze bitanguye.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
1
16
41
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'umutambukanyi wiwe,yaganutse mu gisagara ca @MairieBuja avuye mu rugendo bise Caravane inkebuzo yari amazemwo iminsi mu ntara zose zigize Uburundi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
18
33
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yagendeye Abasi Sibomana afise ihinguriro Tumaini Company rihingura ifu y'ubuyi,muri karitiye Swahili,ku murwa mukuru w'intara ya Muyinga rifise ubushobozi bwo guhingura ibiro 2000 ku munsi ryahawe ingurane @PAEEJ_Burundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
0
13
24
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Ari kumwe n'umutambukanyi wiwe,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yifatanije,kuri uyu wa 29 Myandagaro 2024,n'abagumyabanga bo mu ntara ya @Gitega yagutse mu masengesho arangiza ukwezi kwa Myandagaro yama atunganywa n'umugambwe @CnddFdd , buri wa kane wa nyuma w'ukwezi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
21
31
@UbumweHebdo
UBUMWE
9 months
Barongowe n'Umukuru w'inama @burundi_senat @HonSinzohagera , abakenguzamateka bahejeje kwemeza ijana kw'ijana integuro y'ibwirizwa ryerekeye amasezerano y'imigenderanire hagati y'Uburundi n'igihugu ca Cuba.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
25
40
@UbumweHebdo
UBUMWE
10 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe ahejeje kuganuka avuye mu gihugu ca Reta zunze ubumwe z'abarabu aho yari yitavye inama y'Abakuru b'ibihugu n'ama Reta igira 28 yiga ku bijanye n'ihindagurika ry'ibihe.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
27
42
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Mu rugendo bise "Caravane inkebuzo" Umukuru w'igihugu @GeneralNeva amazemwo iminsi, kuri uyu wa 21 Mukakaro 2024, yifadikanije n'abakristu ba Paruwasi Buheka yo muri diyoseze nkuru ya Bururi.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
14
28
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ahejeje kugirisha umwiherero abarongoye umugambi w'ugushigikira urwaruka rwitunganiriza imigambi @PAEEJ_Burundi ,n'urwaruka rw'incabwenge ruri muri komite yashizweho ngo ikurikirane uko uyo mugambi ukora n'akarusho ku gihugu uhereye ku rwaruka
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
3
19
31
@UbumweHebdo
UBUMWE
8 months
Umukuru w'igihugu @GeneralNeva arikumwe n'Umutambukanyi wiwe @Burundi1stLady ,ahejeje gufata urugendo rumushikana mu gihugu ca Namibie aho yitavye urubanza rwo gushingurana iteka uwahoze ari Umukuru w'ico gihugu Dr Hage G Geingob yitavye Imana ku wa 4 Ruhuhuma 2024
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
21
39
@UbumweHebdo
UBUMWE
1 month
Yishimikije ijambo riherutse gushikirizwa n'Umukuru w'igihugu @GeneralNeva ,inyuma y'ingendo aheruka kugira mu gihugu cose aho yamenyesheje ko yasanze urwaruka rwarategereye ko kazoza k'igihugu kari mu minwe yarwo,...
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
14
28
@UbumweHebdo
UBUMWE
3 months
Kuri uyu w'Imana w'igenekerezo rya 30 Ruheshi 2024,Umukuru w'igihugu ca Tchad Mahamat Idriss Deby Itno,ahejeje gushika ku kibuga c'indege citiriwe Melchior Ndadaye akaba aje mu rugendo rw'akazi n'ubucuti hagati y'ibihugu bibiri
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
17
42
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 months
Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yateye iteka ibirori vyo kwakira ikirasi c'ubuhinga bwa none catanzwe n'ishirahamwe ry'ubuhinga HUAWEI ryo mu gihugu c'Ubushinwa,ku cicaro c'ikigo Umugiraneza mu kibimba,Komine Giheta intara ya @Gitega .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
1
16
25
@UbumweHebdo
UBUMWE
7 months
Mu kigo ca Kaminuza y'inyamiramabi kiiri muri zone Mitakataka,Komine n'intara ya @BubanzaProvince ,Umukuru w'igihugu @GeneralNeva yateye iteka yongera arongora ibirori vyo kwinjiza icese umurwi ugira 8 w'imikangara mu rwego rw'igiporisi rw'inyamiramabi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
20
34