NSENGIYUMVA Eddyssa Profile
NSENGIYUMVA Eddyssa

@NEddyssa32359

1,574
Followers
834
Following
590
Media
7,352
Statuses

Joined August 2023
Don't wanna be here? Send us removal request.
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Umukenyererarugamba day2024 ______________ Umwe ni #Maman #Mugiraneza @Burundi1stLady ,Uwundi ni #Maman #Buntu @DeniseBucumi Inama n'ingingo muri vyose TURI KUMWE TWESE BIRASHOBOKA 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Vision 2040_2060🇧🇮🇧🇮🇧🇮 _______________
Tweet media one
27
59
130
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Reka nibarize ba bagabo @KingBurundian @yigenga @pnininahazwe @rugbob78 @Baconib @rutwesdras ko mwama mwasemereyo ngo #Uburundi buri ku #murongo , none uyu #MURONGO mwawubonye??? Hemwe mwa bigabo gito ndabacire umugani : UWUZA GUKIRA INZARA ARAYIRIMIRA. #Niharambe @GeneralNeva
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
32
56
126
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Aha kabisa nta deni ririmwo kandi n'inguvu z'ingabo z'Uburundi 🇧🇮 @fdnbbi ✓ Kurugamba rwo kurwanya umwansi atoba amahoro ni #Babitumwako ✓ Kurugamba rwo ku rwanya Ubukene ni #Babitumwako Ninde afise nk'aba tugahaya? #Rwanda turabe ibanki ya gisirikare none ko mwirata???
Tweet media one
46
30
123
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
9 months
Mbega ga @KingBurundian na bagenzi we @radio_rpa , @rugbob78 , @pnininahazwe , @Baconib ko mwari mugize iminsi mugumura abantu ngo Uburundi 🇧🇮 buri kumurongo, mbega uyu #murongo w'ama bus ari kuri #parking zabuz abo zipakira, mwawubonye? Twarabahinyuye mwariko mutegura kwica #abana
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
52
14
112
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Ubu rero bihagarare, bamwe bama batuka indongozi zacu, nibatwereke isanamu nk'iyi igaragaza indongozi yabo (PK) yambaye nk'uku , igiye gukoranya abajejwe imitima y'abandi. Notre @GeneralNeva champion des jeunes en #Afrique est déterminé pour la vision du Burundi 🇧🇮 2040_2060🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
72
45
107
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Photos qui concrétisent le bon voisinage entre 2 pays frontaliers le Burundi 🇧🇮 et la Tanzanie 🇹🇿 grâce au leadership de nos chers Présidents SE @SuluhuSamia 🇹🇿 et SE @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
7
51
107
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Couple présidentiel 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
22
17
107
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Même aux USA où l'informatique est à la une, le sondage des résultats au scrutin peut prendre au moins 18h mais du jamais vu, à un pays de l'EAC , le #Rwanda , les résultats provisoires sont sur les RS à moins de 12h! Mon œil! Où va le #Rwanda de @PaulKagame ?
Tweet media one
153
26
108
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Iyi foto ntahandi uzoyibona atari 🇧🇮 kwa @GeneralNeva . Ewe #Kizito sha wagiye kare utabonye intwari nk'iyi @GeneralNeva ngo uyiririmbire. Abakwishe nabo nta myaka 100 bazomara.
Tweet media one
51
18
106
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
We @SugiraMireille @albcontact Uzabaze ,Uzaperereze Ico arico Système Ya @CnddFdd Chama nguvu, Chama Safi Tunajenga inchni Tunasonga mbele tu
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
39
58
97
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Our @Burundi1stLady 🇧🇮 Nyenicubahiro Umutambukanyi wa Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 Angeline Ndayishimiye, mwirambire cane, uwutabazi azoperereze, azonsange inbox mubwire. Jewe ndazi ico mumaze. #MABOKOGIHUMBI #MAMAMUGIRANEZA . Imana Ikutuzigamire.
Tweet media one
20
36
94
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Inyuma y'umugabo akomeye hama hari Umugore akomeye. Biratangaje cane kubona @PaulKagame yibagira ko afise umugore akomeye yahawe indero n'Uburundi 🇧🇮, yize mu #Ngagara . Kuturungikira aba #terroristes ba @Red_Tabara n'ama #grenades batera mu bantu🇧🇮, hamwe tubifata nk'ubuhemu.
Tweet media one
140
12
95
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Hari #Inyambo , #Inyaruguru ... 🇧🇮 Mbega bimwe baturatira hakurya ya Kanyari bimeze gute? No mu #Burundi 🇧🇮 ziriho kandi bimeze neza. #VisitBurundi 🇧🇮 . Aha ni kwa @GeneralNeva i Burundi 🇧🇮 si iwabo wa @albcontact kwa #PK
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
88
29
92
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Safari njema #Baba wa #Ta ïfa🇧🇮 ME @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Sisi warundi wote tuko pamoja, tunakuombea #Papa , tunaenda sote na Vision 2040_2060🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
20
29
84
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Yooooooooooo, Il est là ce méchant tueur ? Attention aux sénégalais , votre nouveau leader @PR_Diomaye est en danger imminent. Fais attention à #PK le virus est entré sur votre territoire
Tweet media one
73
20
89
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Bwira babandi uti : Umwenegihugu w'Umurundi 🇧🇮 agukunze ntiyihisha, arabikugaragariza. Babwire kandi uti : reka ama #Spaces kuko urya mwanya muta ntaco uzoza guhindura mu mitima y'abarundi 🇧🇮 kuko barizeye @GeneralNeva ko azobashikana kure. Vision du 🇧🇮2040_2060🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
27
53
84
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Babandi bahahandi , hariya hakurya iyo babonye ibintu nk'ibi #barajingitwa . Twese tugende tugana Uburundi 🇧🇮 bwifashe 2040, Uburundi 🇧🇮 buteye imbere 2060 tugiwe imbere na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu cacu ciza c'Uburundi 🇧🇮 @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
75
25
84
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Il est beau mon pays 🇧🇮🇧🇮. Akagori kararyoha, akananasi kararyoha. Abari murubura ( @pnininahazwe ) mwihangane. Abana b'abangazi #nungwa ndazi murya #Dried ,poleni sana. Le Burundi 🇧🇮 avance. Remercions le Seigneur qui nous a donné des Leaders éclairés coe @GeneralNeva #SAMURAGWA
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
24
21
82
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Uburundi 🇧🇮 ku #MURONGO @GeneralNeva Imbere kw'i #Tirayeri
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
6
33
79
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
14 days
✦✦𝗜𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗰𝗶𝗳𝗮𝘀𝗵𝗲, 𝗜𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 𝗴𝗶𝘁𝗲𝘆𝗲 𝗶𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲 𝗰𝘂𝗯𝗮𝗸𝘄𝗮 𝗻'𝗶𝗻𝘁𝘄𝗮𝗿𝗶✦✦ #𝗡𝗲𝘃𝗮𝗪𝗮𝗰𝘂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ______________________ Nyenicubahiro @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
26
43
80
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Shinga icumu mu mashinga 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
20
23
72
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Nk'aha usanga ba chef b'imirongo @ParfaitHar39536 na @KingBurundian iyi mirongo y'ejo batigeze bayibona. Raba neza amaguru yose ubu ni #Kumurongo , ntavyo gukwega ibirenge ngaho , #Gusega twarabisezereye murugamba rwo kurwanya #Ubukene . Imbere ni heza cane #Discipline #Iterambere
Tweet media one
Tweet media two
25
31
66
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
L'énergie est source du développement. Sur un grand chantier de bâtir le pays 🇧🇮. On avance, tous ensemble, sûrement, vers la Vision du pays 🇧🇮 émergent 2040 et développé en 2060 sous le leadership éclairé de son excellence Monsieur le Président de la République @GeneralNeva
Tweet media one
9
37
65
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
La réponse d'un sage, courte mais pesant. Bravo @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
10
34
67
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗜𝘀𝗮𝘀𝗲 𝗿𝗶𝘃𝗮 𝗸𝘂 𝗰𝘂𝗺𝗮, 𝗜𝗻𝗴𝗮𝗯𝗼, 𝗨𝗺𝘂𝗵𝘂𝗻𝗴𝘂 𝘄𝗮 𝗦𝗼𝗴𝗼𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘄𝗮𝗰𝘂 𝗡𝘆𝗲𝗻𝗶𝗰𝘂𝗯𝗮𝗵𝗶𝗿𝗼 𝗣𝗲𝘁𝗲𝗿𝗼 𝗡𝗸𝘂𝗿𝘂𝗻𝘇𝗶𝘇𝗮, 𝗜𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗬𝗮𝗺𝗮𝗵𝗼 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
13
9
69
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 months
Le leadership éclairé de notre cher Président pousse les patrons du mouvement terroriste @Red_Tabara ,qui masacre les #enfants et #femmes enceintes, à vomir du venin sur les réseaux sociaux.Malgré tout l'étoile burundais @GeneralNeva continue à briller. @Baconib , @pnininahazwe
Tweet media one
8
38
66
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Abarundi 🇧🇮 turya dukaravye Abarundi 🇧🇮 turya ikiremve tucirasheko. Uburundi 🇧🇮 hejuru. #VisitBurundi
Tweet media one
47
9
65
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
1 month
Akarorero keza ko 𝗚𝘂𝗸𝗼𝗿𝗮 tugakura kwa #Sebarundi 🇧🇮Indongozi nziza; 𝗜𝗷𝗮 𝗶𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲, 𝗮𝗯𝗼 𝗶𝗿𝗼𝗻𝗴𝗼𝘆𝗲 𝗯𝗮𝗴𝗮𝗸𝘂𝗿𝗶𝗸𝗶𝗿𝗮. Ntikora amasaha ikora akazi. Twese turondere 𝗨𝗺𝘄𝗶𝗱𝗲𝗴𝗲𝗺𝘃𝘆𝗼 muvy' Ubutunzi. Umwe wese, muco ashoboye, dukore twese. #Kukivi
Tweet media one
35
36
65
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Si tu veux mourir rapidement #VisitRwanda Prison à ciel ouvert Chez #PK
Tweet media one
39
15
64
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Allez les gars, Allez @DynamoBbc . Merci de ne pas tomber dans cette piège du #Rwanda pays qui a formé et qui donne des commandements au mvt terroriste @Red_Tabara qui ne cesse à endeuiller la population paisible. Merci @FEBABU
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
30
17
61
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
#VisitRwanda : Uriko uraraba ibica ku mbuga biratangaje cane ukuntu abanyarwanda bihaye uburenganzira bwo #Gutuka no #Gucafuza Indongozi z'ibihugu bibanyi 🇧🇮🇹🇿. @UrugwiroVillage rurakwiye kwihaniza no guhana #abatukana , none nta #Muco ukiranga abanyarwandakazi? @albcontact bite?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
59
14
61
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Mwite 𝗣𝗮𝗽𝗮 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶🇧🇮 ,🇧🇮𝗦𝗲𝗯𝗮𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶🇧🇮 ni 𝗞𝗮𝗻𝘆𝗮𝗺𝘂𝗻𝗲𝘇𝗮 , 𝗨𝗺𝘂𝗷𝗮𝗺𝗮 𝘄' 𝗨𝗿𝘄𝗮𝗿𝘂𝗸𝗮 Uwubanka aragakizwa, ni Nyenicubahiro @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
35
21
59
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
11 days
Rwaruka rwa #Afrika , #MbonerakureDay2024 ndabahanure : 𝗖𝗵𝗮𝗽𝗮 𝗞𝗮𝘇𝗶 #Iyemere . Urima itiro ukimbura ingonera. 𝗠𝘄𝗶𝘆𝗲𝗺𝗲𝘆𝗲 𝘃𝘆𝗼𝘀𝗲 𝗯𝗶𝗿𝗮𝘀𝗵𝗼𝗯𝗼𝗸𝗮 mumenye ko Umwansi wa mbere ari #Ubwoba . 𝗡𝘆𝗲𝗻𝗶𝘁𝗲𝗸𝗮 𝗥𝗲𝘃𝗲𝗿𝗶𝘆𝗮𝗻𝗼 𝗡𝗱𝗶𝗸𝘂𝗿𝗶𝘆𝗼
Tweet media one
8
41
62
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Iya masura ni amwe mubaronderwa n'ubutungane bw'Uburundi 🇧🇮, ariko biyise #Abami b'imbuga ngurukanabumenyi mugucafuza no gutyoza #Indongozi z'igihugu🇧🇮. Ubu biyita #Abahanuzi baciye kuri izo mbuga. Ishano mwaduhaye 2015 ntiryadufashe. Ntawabaye nyambwa aba nya nka. Sans Effet
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
29
20
61
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
10 days
Rwaruka ndabahanure: 𝗔𝗴𝗮𝗸𝗼𝗻𝗶 𝘂𝘇𝗶𝘀𝗵𝗶𝗺𝗶𝗸𝗶𝘇𝗮 𝗺𝘂𝗯𝘂𝘀𝗮𝘇𝗮 𝘂𝗴𝗮𝗰𝗮 𝘂𝗸𝗶𝗿𝗶 𝗺𝘂𝘁𝗼. Mukure amaboko mu mpuzu 𝗠𝗨𝗞𝗢𝗥𝗘 @Burundi1stLady
Tweet media one
7
38
64
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
We @ParfaitHar39536 na @KingBurundian aba chefs b'imirongo y'ama Bus. Mbega uyu #Murongo ntawo murabona? Banyina usanga muriko muriyumvira uko muhinyanyura uno murongo muwuvyaze #IBITUTSI . Mwihangane twe @GeneralNeva turamuyoboka kuko adupanga neza #kumurongo , buca mwiha inkweso.
Tweet media one
19
27
60
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
𝗜𝗡𝗧𝗔𝗥𝗘 𝗬𝗢 𝗞𝗪𝗔 𝗡𝗧𝗔𝗥𝗘 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
29
11
56
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Bienvenue #Ntwarante (Mars) ukwezi ko Kwimbura ( Le mois de récoltes). Ntwarante veut dire comment transporter l'abondance des récoltes?? Au Burundi 🇧🇮 , cette saison culturale A a été bonne et nous en sommes fiers. Tout ceci grâce au leadership éclairé de @GeneralNeva
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
37
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Ya #Mihimbiri Umuganwa atari umugani #RwagasoreL , incungu y'ukwikukira yasiga atubwiye mwayibonye? None ga @rugbob78 na #Pasifuku na @Red_Tabara gutera #Grenade mu benegihugu batekanye niyo nyishu y'ibibazo mufise?Naho mwoteka ibuye rigasha: Iterabwo ntirizigera ritsinda mu 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
32
21
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Umwe muba #diaspora 🇧🇮 twemera barya ikiremve bacirasheko aho hari izindi mburakimazi zirara zikirirwa kuma #Space batuka igihugu nk'indongozi zaco. Akabazo : Mbega iyo mumahanga muri mukora akahe 𝗸𝗮𝘇𝗶 ka minsi yose? Mukora 𝗞𝘂𝗿𝗶 𝗫? Amashi kuri #Nyange #Youssuf @ogcnice
Tweet media one
22
24
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗥𝗲𝗯𝗮 𝗻𝗲𝘇𝗮 𝗺𝘂𝗵𝗲𝘇𝗲 𝗺𝘂𝗺𝗯𝘄𝗶𝗿𝗲 𝗶𝗰𝗼 𝗜𝗡𝗞𝗢𝗧𝗔𝗡𝗬𝗜 𝘇𝗶𝗸𝘂𝗻𝗱𝗮: 𝗭𝗶𝗸𝘂𝗻𝗱𝗮 𝗦𝗜𝗗𝗔 #Oroha
Tweet media one
85
1
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Iyi #ndege irerura PK yiriwe iravugisha abanyarwanda ku mbuga. Usomye neza commentaires zabo urabona neza ko #Igihugu c' #Urwanda ko ata ndege gifise, KIRAKOTA. Cfr ikinyamakuru @IGIHE Nk'aha usanga @Baconib @albcontact @pnininahazwe @KingBurundian iyo post batayibonye.
Tweet media one
60
11
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
@IGIHE Mbega n'ikinyamakuru @IGIHE musigaye mwabuze ivyo mwandika??? Basi tuma muduha amashusho nk'aya ya @GeneralNeva UMUPEREZIDA akunzwe cane n'abenegihugu 🇧🇮. Nukuri atabajugumiza.
Tweet media one
20
15
51
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Uko vyari vyifashe uno munsi wa Kane ku gituro c'ama bus ya Musaga , #Umurongo wari #Umurongo . Mbega mwebwe mwawubonye?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
28
21
53
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Ejo naze bavuge bati : HARABAYE #INTWARI zatwigisha gukora , none raba aho tugeze. Fata ifoto 📷 mubika, tuze tubemeze muri 2040🇧🇮
Tweet media one
11
29
51
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
MURAGABE BENEGIHUGU BARASUBIRIYE, Muribuka vya bihe vyaba #RUKOTI , GUHONGORA #AMENYO , #UDUSHINGE , vyatanguwe n'aba bagabo @rugbob78 na @Pnininahazwe , barabivuze biraba.Ubu ngo #Imipanga CUNGERA umutekano yemwe , aha ntibabuze ico bagamije. Aha @Red_Tabara igomba isese #amaraso
Tweet media one
Tweet media two
25
31
52
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 months
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
12
10
50
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Uyu mugabo se k'umengo yarumye imisaya, ubwo ararya koko? @albcontact Ubibona gute? Iyi si #Inzigo koko? Amaraso arahuma, ejo aho bukera bamupasura mujisho. Erega yashaj , n'uk nyene ariko ategura umuhungu wiwe, basi iyo amutwara muri #M23 akamotera umuriro. UMWANYA TU UMUCAMANZA
Tweet media one
Tweet media two
45
13
51
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Mbonye kano kaganuke gashimishije, kanabereye ijisho twahawe n'igihugu kibanyi ca #Tanzanie , nagumye nibaza nti mbe ni kubera iki igihugu kibanyi c' #Urwanda kitohinduka kikareka kutuzimana aba #Terroristes @Red_Tabara n'ama #Grenades ? @PaulKagame atubaniye nabi nukuri.
Tweet media one
57
15
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Mbega ya congrès iraba canke yasivye? Muraraba mutubwire icavuyemwo canke mwariko murarazirana?? Ubuho uwabahaye inkuru mwakubise swata. Sivyo ka @yigenga @pnininahazwe @rugbob78 @Baconib KIRAPANZE
Tweet media one
@LeMandat2
Le Mandat
8 months
Le CNDD-FDD va organiser un congrès ordinaire ce dimanche à Gitega (centre du #Burundi ). Parmi les points à analyser, figurerait le remplacement de l'actuel secrétaire général du parti présidentiel Révérien Ndikuriyo.
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
1
3
19
26
49
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Jewe nikundira #Indongonzi 🇧🇮 zitwigisha 𝗞𝘂𝗿𝘆𝗮 𝗶𝗸𝗶𝗿𝗲𝗺𝘃𝗲 𝘁𝘂𝗰𝗶𝗿𝗮𝘀𝗵𝗲𝗸𝗼, apana babandi batubwira ivyo 𝗮𝗺𝗮𝗴𝗶 yatawe n'inkoko batoroye: 𝗕𝗮𝗸𝗮𝗯𝗼𝗸𝗼. #Oroha
Tweet media one
26
15
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
15 days
𝗛𝗮𝗿𝗶 𝘂𝗺𝘂𝗻𝘁𝘂 𝗮𝗸𝗼𝗺𝗲𝘆𝗲 𝗺𝘂𝗿𝗶 𝗸𝗮𝗻𝗼 𝗸𝗮𝗿𝗲𝗿𝗲 𝗸𝗮 #𝗘𝗔𝗖 𝗮𝗴𝗶𝘆𝗲 𝗴𝘂𝗵𝗲𝘇𝗮 𝗻𝗸𝗮 𝗕𝗔𝗚𝗔𝗭𝗔🇧🇮 𝗠𝘄𝗶𝗯𝗮𝘇𝗮𝗸𝗼 𝗮𝗿𝗶 𝗻𝗱𝗲? #PK . Nta mutegetsi yirutse n'amashengero yorohewe. Bagaza ntaco atari yarakoze mukubaka igihugu 🇧🇮 ariko yahejeje nabi.
Tweet media one
75
12
49
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 months
Nous sommes des frères. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Tweet media one
11
7
48
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
1 month
#Cabara mushaka iki 𝗨𝗺𝘂𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘄'𝗶𝗴𝗶𝗵𝘂𝗴𝘂 🇧🇮, Abarundi🇧🇮 mushaka iki? Dushaka @GeneralNeva 🇧🇮 adushikane ku Mbonakazoza y'Uburundi 🇧🇮 2040-2060 🇧🇮
17
29
50
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Mugihe #Sebarundi yaragiye gutanguza #Isekeza ryo gusukura igisagara kw'isoko rya #Ruvumera , mu majwi yumvikanye mu benegihugu isinzi yerekanye ko akunzwe cane. Bamwe bati : Ng'uyu Umuperezida akunda abenegihugu nk'uwambere. Abandi : Tubise twikirire amaso , umuti turawuronse.
10
22
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
29 days
Ico bita 𝗜𝗞𝗜𝗚𝗘𝗚𝗔 c'umwimbu w' 𝗜𝗯𝗶𝗴𝗼𝗿𝗶 mu #Burundi 🇧🇮 , vyose tubikesha 𝗜𝗻𝗸𝗲𝗯𝘂𝘇𝗼 𝘇𝗮 #𝗦𝗲𝗯𝗮𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 @GeneralNeva 🇧🇮 #Nevawacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
9
28
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Hano turi ni hehe? Ni i #Burundi 🇧🇮Kwa @GeneralNeva This is Burundi 🇧🇮 #VisitBurundi 🇧🇮
Tweet media one
2
22
49
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Mbega ga @pnininahazwe iyo foto uzoyihindura ryari ko ushaka kuguma werekana ko ukimeze neza kandi amakuru dufise twumva ko umugera wa #SIDA ukurembeje. Duhe agafoto ka 2024 kuko aka n'aka 2015, turabe ,tube turategura umusada uzopfe wawuriyeko avance. @KingBurundian @rugbob78
Tweet media one
41
11
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Mu #Rwanda kwa @PaulKagame uri #Umuhutu ntaburenganzira ufise nk' #Umututsi , naho yogucira mukanwa , urasama ukamira kuko uvyanse ugacira hasi uca witwa umu #G énocidaire kandi uba upfuye
Tweet media one
Tweet media two
100
10
48
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Nti bikiri ibanga, #Eden 🇧🇮 yabaye #Eden 🇧🇮 , uwarimye muri iki gice cirima ca B ntazotaha zirayoye! Raba sha ingene #Ibiharage biyagayaga, #Umuceri uhungabana. Muze mwese duhingure ubutunzi kama Imana yaduhaye ; #Isi turwize umwimbu turonke ivyo dufungura, umusesekara dushore🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
22
12
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
My President @GeneralNeva 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 𝗠𝘂𝗸𝗼𝗿𝘂𝗺𝗯𝗼𝗻𝗲, 𝗨𝗺𝘂𝗵𝗶𝘇𝗶 𝗺𝘄'𝗶𝘁𝗲𝗿𝗮𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲, 𝗜𝗻𝘁𝗮𝗿𝗲 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 >>> 𝗨𝘄𝗶𝗿𝗶𝗻𝗱𝗮 𝗶𝗻𝘁𝗮𝗺𝗯𝗮𝗿𝗮 𝗮𝘀𝗮𝗯𝗮 𝗮𝗺𝗮𝗵𝗼𝗿𝗼 <<<
Tweet media one
27
10
47
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Vu comment le mouvement terroriste @Red_Tabara lance requêtes sur des populations civiles en paix, tuant des femmes et enfants, le peuple burundais demande à @ONU_fr @UEauBurundi @_AfricanUnion que son chef @SinduhijeA soit arrêté et extradé au #Burundi et traduit en justice
Tweet media one
16
14
44
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
𝗧𝗵𝗶𝘀 𝗶𝘀 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮 𝗮𝘁 𝗥𝘂𝗺𝗼𝗻𝗴𝗲 𝗖𝗶𝘁𝘆 𝗻𝗲𝗮𝗿 𝘁𝗵𝗲 𝗹𝗮𝗸𝗲 𝗧𝗮𝗻𝗴𝗮𝗻𝘆𝗶𝗸𝗮 𝗖𝗼𝗺𝗲 𝗮𝗻𝗱 𝘀𝗲𝗲 𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Tweet media one
14
16
43
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Musaza #PK , gushira imbere intambara zo gutera abababanyi, wibuka ko abo murongoye bakeneye #Amazi meza. Nta n'akabiri bagitora kubera inzoka zo munda. Tuza rero wiyumvirire inyugu z' #Abaturagi bose ureke kwiyumvirira abawe gusa n'ab' i #Kigali @FelixMugenzi #Oroha
Tweet media one
Tweet media two
84
7
46
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Ko bamwe batavyerekwa abandi bakabibona bicuritse , ngo emama kuva 2005 ntakirakorwa. Reka basi ndabahe ivyo bashobora kwibonera ubu nyene nimba batarwaye amaso y'i.... None ibi vyubatswe ryari?Tuvyanka tuvyemera 2040_2060🇧🇮 turahabona . None sivyo ga @KingBurundian ?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
14
26
44
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
None nk'aka gahimakazi gafyura ubutunu nk'akanywarumogi aha kararonka n'uwugaturukira? Abagabo muribwa pe. #Oroha
Tweet media one
39
2
43
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Nk'ibi babandi bo hakurya ya Kanyaru kwa #PK bibaza ngo n'ubucafu! Iyi ni ingaruka nziza ya wa #Murongo @GeneralNeva yadushirako. Umurundi🇧🇮 wese ubu arazi akamaro ko guhingura isi.
Tweet media one
46
10
43
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
Attention !!!!! C'est le moment de se rajeunir. Voici Mr @rutwesdras journaliste de la @RFI opposant radical du gouvernement en place au Burundi qui ose courtiser des jeunes filles de même âge des siennes ! #Oroha
Tweet media one
28
4
44
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Les buveurs de sang , les terroristes du @Red_Tabara et vos patrons @SinduhijeA @pnininahazwe @Baconib @rugbob78 @albcontact à votre soif. Le terrorisme n'aura pas le dernier mot. Massacrer des vieilles dames en deuil c'est une malédiction. @ONU_fr @_AfricanUnion
Tweet media one
16
15
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Abamushikira Président wanyu @PaulKagame muramubaza muti, igihe bakubaza ko ariwe waforomye umugwi w'iterabwoba @Red_Tabara ko n'ingabo zawe arizo zigize umugwi #M23 wishuye gute? Abarundi 🇧🇮 turya dukaravye nta ciza twizeye kuri #PK kuva 2015 twarabonye uko akora. @albcontact
Tweet media one
45
16
40
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Mbega ndababaze , buriya hari igihugu kidafise #Imbonerakure (Urwaruka rw'umugambwe uri kubutegetsi). Mbege IMBONERAKURE zo mu #Rwanda zitwa gute? Ubwo hoho zirabaho? Burya Umugambw nka #FPR #Inkotanyi ata mu jeune wayo uzigera wumva avuzwe no kw'iradiyo uba #WASHAJE @albcontact
Tweet media one
39
9
42
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Naho dushaka kwizingirira kubutegetsi, tutanateguye umusubirizi, amagara yo ntaguteguza. Ibintu tubiha umwanya. Burya kirya gisate co mu mutwe kiratubangamiye cane aha hakurya ya Kanyaru. None sivyo ka @albcontact
Tweet media one
62
5
42
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Nk'iyi foto babandi , aba contre succès , bayibonye baca batangura gutukana. Rindira gato murabe ama commentaires yabo. Twese twigire twiruka tugana #Imbonakazoza y' #Uburundi 🇧🇮 2040_2060 🇧🇮
Tweet media one
36
7
42
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
#Sebarundi ati : >> Umwenegihugu wese yoroherwe mukwivuza, arongera ati : Ikomine yose ironke #Ibitaro . Ng'iyi imyaka 4 irarumanye Komine nyinshi zaronkejwe #Ibitaro n' abaganga mbere naza #Rusehabaniha umutonore zorohereza abarwayi ziherutse kuronswa ivyo bitaro. @GeneralNeva 🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
18
17
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 months
#Samuragwa @GeneralNeva na Maman #Buntu Umutambukanyi wa #Sokuru w'Uburundi bupanze neza #Petero #NKURUNZIZA . Nciye nibuka ya ndirimbo yavuga iti: ..... Karabarya kakabanyuka..... None sivyo ga @pnininahazwe , ga @rugbob78 , ga @Baconib , ga @rutwesdras , ga @KingBurundian
Tweet media one
8
1
40
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Mbega ko bamwe batunzwe no kugumura no gutukana bavuga ngo #Ibitoro ntavyo, izi bus mubona ziri ku #Murongo zanyoye iki?Bamenye ko #Umurundi w'iki gihe atagihendwa n'ibihuha, kuko iyo ata #rusoro ruriko ruravuga aba azi ko ibibazo bihari bimara umwanya urume rumara.
Tweet media one
Tweet media two
48
4
41
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
Et qd on vs dise k @FelixMugenzi , @rugbob78 , @Pnininahazwe sont des portes parole du diable Rwandais vs le nier! Analysez bien leur derniers posts après avoir su comment SE @GeneralNeva démasque les pilleurs de notre café 🇧🇮 en pleine réunion et tout le circuit dévoilé.INTARE
20
17
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Maman Burundi 🇧🇮 Shimirwa 𝗠𝘂𝗴𝗶𝗿𝗮𝗻𝗲𝘇𝗮, @Burundi1stLady
10
27
34
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
Uku niko vyari vyifashe mu gisagara ca Bujumbura muri Boulevard Mwezi Gisabo igihe c'isha 6h30' z'agatondo kuri uyu w1 mbere mu gihe @yigenga na bagenzi we bavuze ngo amabarabara yo mugisagara ca BUJUMBURA arera kubera ata bitoro. Reka ndamwibazize , none izo zanyoye iki?
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
51
9
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
2 months
𝗜 𝗡𝘆𝗮𝗴𝗮𝘁𝗮𝗿𝗲 𝘂𝗺𝘄𝗮𝗻𝗮 𝘄'𝘂𝗺𝘂𝗵𝘂𝘁𝘂 𝗮𝗿𝗮𝗸𝘂𝗯𝗶𝘁𝗶𝘁𝘀𝗲 𝗽𝗲 𝗽𝗲 𝗽𝗲! #VisitRwanda #Oroha
Tweet media one
80
10
37
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
4 months
𝗡𝗶 𝘄𝗲𝘄𝗲 𝗯𝗶𝗴𝗮𝗻𝘇𝗮 𝗯𝗶𝘁𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗯𝗶𝘁𝗶𝘁𝗮𝗻𝗴𝗶𝗿𝗶𝘆𝗲 𝗶𝘁𝗮𝗺𝗮 𝘀𝗼𝗸𝗼 𝗿𝘆'𝗶𝘃𝘆𝗶𝘇𝗮 𝘃𝘆𝗼𝘀𝗲. Mbega turi murukundo rw'Imana ni nde yoturwanya? Ninde azodukura ku rukundo rw'Imana? Ivyo ukora Mana birahambaye kandi ubicisha mu bantu. @Burundi1stLady 🇧🇮
Tweet media one
9
14
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
5 months
Je vous demande une question : Est-ce que @PaulKagame a un coeur ? Satan l'attend. N'est -ce pas vrai @albcontact ? Quand il a osé prononcé de sa propre gueule qu'il n'y avait rien dans l'avion!! C'est frustrant. Le problème du #Rwanda c'est #KAGAME
29
23
34
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
12 days
𝗜𝗺𝗽𝗮𝗻𝘂𝗿𝗼 𝘇𝗮 #𝗦𝗲𝗯𝗮𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶 🇧🇮 : ✦✦ Uwukora amasaha ntakore ibikorwa uwo s' #Imbonerakure ; ✦✦ Umuntu akwega ibirenge s' #Imbonerakure ; #Imbonerakure ✦✦ Ikura ikirenge hasi ija iyo ibona. #ImbonerakureDay2024 #NevaWacu
9
24
37
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
6 months
Shigikira imigambi ya Nyenicubahiro @GeneralNeva
14
16
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
3 months
𝗡𝗲𝘄 𝗹𝗼𝗼𝗸 𝗼𝗳 @PaulKagame 𝗬𝗶𝘆𝘂𝗯𝘂𝘆𝗲. None sivyo ga @FelixMugenzi ??? Utwo tuntu tw'utuburungu mu maso bimeze gute? 🤣🤣🤣🤣🤣
Tweet media one
52
3
36
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
8 months
Je suis sûr et certain que @Baconib , @pnininahazwe , @KingBurundian , @rugbob78 , @albcontact sont jaloux de ce rapport de ces experts sur l'économie burundaise. Tout ça c'est grâce au leadership éclairé de @GeneralNeva
26
12
35
@NEddyssa32359
NSENGIYUMVA Eddyssa
7 months
Aba #Poils nta #Nzara , Sumurenga. Uwo yanditse ivyo yifitiye iyindi ntumbero. Aba poils turya dukaravye. Nimba mwemeza ko ari umu poil, tanga umwidondoro wiwe twumve @RGEUB2324
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
@RGEUB2324
Représentation Générale des Étudiants/UB:023-024
7 months
UBUSERUKIZI BUKURU BW'ABANYESHURE MURI @UB_Rumuri BURABESHUJE INKURU IRIKO IRACA KU MBUGA NYAGIRO ZITANDUKANYE KO UMUNTU YAGIZE IKIBAZO C' INZARA ARI UMUNYESHURE WIYO KAMINUZA. TURABESHUJE IYO NKURU NTA MUNYESHURE WO MURI @UB_Rumuri YAGIZE IYO NGORANE . Murakoze!
Tweet media one
25
32
79
8
12
35