Ecobank est un établissement financier panafricain moderne, proposant des solutions financières aux entreprises, aux gouvernements et aux clients privés.
📢 💰
Uno munsi code QR ya 100,000 Fbu niyo kuri MUCO SHOP
Tukaba twayishize muri quartier Asiatique hafi ya chef lieu ya Commune Mukaza.
#ntaQRwontorera
📢 Kubera twabonye abo kuri Twitter mubangutse cane kurusha aba Facebook, tugira dushire code ya 40,000 kuri Facebook ya Ecobank Burundi entre 17h33 na 18h47. Merci
Behind this campaign, we actually want people to know more about one of our products called Xpress Cash. Instead of investing on billboards and fancy tshirts, we thought it would be best if we helped you try it for yourself 😬
Too many positive and negative comments from
#Abatwip
since the launch of
#nta20000wontorera
challenge. If we try to analyze it from the other side it's a great communication idea, they already gained 244 new followers. Amazing eeh 😀😀
@EcobankBurundi
Nous rendons hommage à notre personnel, à tous ceux qui utilisent nos services pour ameliorer leurs rendement, sans toutefois oublier nos agents bancaires qui facilitent l'accès à nos produits bancaires.
📢 💰
Uno munsi code QR ya 100,000 Fbu niyo kuri MUCO SHOP
Tukaba twayishize muri quartier Asiatique hafi ya chef lieu ya Commune Mukaza.
#ntaQRwontorera
Yambu cane
#Abatwip
. Kugira tubarihire Netflix ukwezi kwambere, nyaruka kuri siège ya Ecobank mugire commande ya carte Visa prepayée. Mugarutse gutora carte, muzogenda tubakoreye abonnement ya 1 mois
🧐🧐🧐
NTAHANGWA
-Mu Carama aho avenue Henri 8 na Avenue Kigabiro bihurira murahabona?
-Ku Mutakura kuri 7e avenue kubitirayo
MUKAZA
Twibutse aba universitaires aho bategerera ama bus (Mutanga na IPA)
🧐Chaque lundi, mercredi, vendredi et samedi à partir du 24 octobre jusqu'au 5 novembre 2022, nous allons publier les alimentations qui feront objet de campagne "SUMA UTAZIMBWE" parmis celles mentionnées ci-dessous!
🧐🧐
Abo muri NTAHANGWA
Rabira kuri avenue yitiriwe ibikoko bitanga ubuki mu gihosha
Abo muri MUKAZA
Kuri avenue Bututsi muri Rohero 2 murahabona?
Abo muri MUHA
Kubitira mu Kinanira 3 ku kabaraba kari hagati ya avenue Nyakijima na Gitukuza
🧐🧐 Harageze!
Abo muri Ntahangwa:
- Kuri Dorsale murahabona mu Cibitoke? Murabire hafi ya école primaire
- Abo mu Kinama, murabe kuri 7eme avenue
Abo muri Mukaza:
- Ni harya nyene mu Nyakabiga kuri 8 ème avenue
-Mu Buyenzi kuri 25 ème avenue
📢💰
Uno munsi code ni iyo kuri Bahizi Café. Ama codes muyasanga kuri agence ya Ecobank ya quartier Asiatique.
Mwibuke:
- Gu scanna izo codes kugira mumenye iyo kuri Bahizi Café
-Muyitoye, muyitange aho nyene kuri agence yo muri Asiatique
Nous sommes très honorés par la visite de SE Le Président
@GeneralNeva
à notre stand d'exposition lors de la Journée du contribuable organisée par l'
@OBR_BI
Célébrez les fêtes de fin d'année en bénéficiant jusqu'à 50.000 Fbu de réduction sur vos achats avec Ecobank pay et participez au tombola de codes Xpress cash du 20 au 31 décembre 2022!
Reconnaissance des employés qui fournissent des efforts supplémentaires pour une bonne expérience client.Toutes nos félicitations aux gagnants pour le mois de Juillet 2022!
🧐🧐🧐
Abo muri NTAHANGWA
Avenue Muravumba mu Gasenyi murahabona?
Abo muri MUKAZA
Rabira hafi ya snack bar Tagata mu Rweza
Abo muri MUHA
Kuri avenue Buki mu Gasekebuye simbirayo
🧐🧐Abo muri MUKAZA
-Rabira ku kabarabara kitiriwe umwumvikano i Sororezo
-Mu Gatoke nyarukira aho rue quinquina na rue du coton bihurira
Abo muri NTAHANGWA
-Ave Ndengo murahabona muri Quartier 9?
-Rabira hafi ya Depot SSD Gisenyi hafi yahadandarizwa amarangi muri Industriel
En collaboration avec
@UNWomenBurundi
, nous avons organisé une visite de 3 groupements de coopératives des femmes dans le cadre de la célébration de la "Journée Ecobank" Sous le thème: "L'inclusion financière pour tous" ce samedi 12 novembre 2022.
📢💰
Uno munsi code ni iyo kuri Alimentation AGAHARAWE hafi ya Place de l'Indépendance. Ama codes muyaronderere hafi y'ivyuma vy'Ibanki (GAB) biri kuri Jardin public no kuri Fidodido.
Mwibuke guscanna izo codes kugira mumenye iyo kuri Alimentation AGAHARAWE.
#ntaQRwontorera
📢💰
Uno munsi code ni iyo kuri Belvédère. Ama codes muyasanga kuri siège ya Ecobank Burundi.
Mwibuke:
- Gu scanna izo codes kugira mumenye iyo kuri Belvédère.
-Muyitoye, muyitange aho nyene kuri siège ya Ecobank Burundi.
📢💰 Uno munsi, code QR ya 100,000 Fbu niyo kuri Zion beach, muyironderere hafi y'ivyuma vy'Ibanki (GAB) bitumbereye kuri Interpetrol Chanic canke kuri Interpetrol Ntahangwa.
Mwibuke gu scanna izo codes kugira mumenye iyo kuri Zion beach.
#ntaQRwontorera
La banque est fière d'avoir été l'un des partenaires du concours organisé dans le cadre de la célébration de la Journée Internationale de la Jeune Fille dans le secteur des TIC. Les cérémonies ont été rehaussées par S.E
@Burundi1stLady
.
Félicitations aux gagnantes!
@megamindology
Yambu
@megamindology
, turagusavye imbabazi kuri iyo experience mbi waronse uno musi. Notre objectif est de servir nos clients dans les plus brefs délais, iyo bitugoye naho, tukabahamagarira gukoresha nos agents bancaires pour toutes opérations de retrait et versement.
Aujourd'hui, nous célébrons la Journée internationale des hommes.
Ce n'est qu'en faisant participer plus activement les hommes à la conversation que nous créerons un monde véritablement inclusif et égalitaire pour tous.
#Journ
éeInternationaledesHommes
Chers clients,
A partir de ce vendredi 28 Octobre jusqu'au 5 Novembre 2022,la campagne "SUMA UTAZIMBWE" aura lieu dans toutes ces alimentations mentionnées ci-dessous.
Soyez les bienvenus!
#sumautazimbwe
#ecobank
#burundi
🧐🧐Abo muri NTAHANGWA
-Rabira kuri Avenue Mpota mu Gasenyi
-Akabarabara ko musi ya zone yo mu kamenge murakabona?
Abo muri MUKAZA
-Kuri 1er Avenue mu Bwiza simbirayo
-Muri Rohero 1 kuri Avenue de la démocratie
📢💰 Uno munsi Code QR ya 100,000 Fbu niyo kuri LM Kafé, muyironderere hafi y'icuma c'Ibanki (GAB) kiri kuri Hotel City Hill hamwe no kuri avenue Août muri Rohero hafi ya LM Kafé.
Mwibuke gu scanna izo codes kugira mumenye iyo kuri LM Kafé.
#ntaQRwontorera
C'est le moment de vous faire plaisir!
Laissez-vous séduire...Dites oui!
Nos solutions digitales s'occupent du reste pour tous vos paiements et virements de la Saint-Valentin!
📢💰 Uno munsi weekend iri 🔥
Code QR ya 100,000 Fbu niyo kuri ITALBU Waka waka, muyironderere hafi y'ivyuma vy'Ibanki (GAB) biri kuri siège ya Ecobank Burundi canke kuri station chez Kati Kati.
Mwibuke gu scanna izo codes kugira mumenye iyo kuri ITALBU Waka waka.
#ntaQRwontorera
Ecobank Burundi organise aujourd'hui le 2ème forum des agents bancaires à Martha hôtel. Suivez notre page Facebook pour vivre l'événement en direct!
#Ecobank
#Burundi
Nous avons le titre de Meilleur Employeur d'Afrique! Le classement a été déterminé d'après le feedback des employés et une évaluation des RH. Merci à tous les Ecobanquiers de faire de notre banque un lieu de travail exceptionnel!
Lisez : Ecobank -
#MeilleurEmployeur